Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?
There is no excerpt because this is a protected post.
There is no excerpt because this is a protected post.
Mu kiganiro yagiranye n’itororokanirizo ry’amakuru “Le Mandat” mu rurimi rw’igifaransa, uwurongoye umugambwe MSD avuga ko imigwi itandukanye y’Abarundi yamaze gutangura urugamba rwo kubogora igihugu. Alexis Soma ibikurikira
Kuva mu ntango z’ukwezi kw’icumi na kabiri, zimwe mu mbonerakure zari zajanywe kwiba ubutare mu ntara ya Kivu yo mu bumanuko iri mu buseruko bwa Soma ibikurikira
Ikiza ca korera cibonekeje muri ako gace nico catumye abanyagihugu batangura kugira amakenga ku mazi ya rusengo bavoma kw’ibombo riri mu gacimbiri Mubone ku mutumba Soma ibikurikira
Uwu wa kane wari umusi wa nyuma wo kudandariza ku nkengera z’ibisigarira vy’isoko nkuru ya Bujumbura hamwe no mu mabarabara yo hagati mu gisagara ku Soma ibikurikira
Umwe mu bishwe ni Komiseri yari ajejwe ibijanye n’ibikorwa vya gisirikare hamwe n’inyigisho za gisirikare mu muhari RED-Tabara. Bamwita C3 muri uwo mugwi witwaje ibirwanisho. Soma ibikurikira
Mu mihingo itandukanye y’igihugu, abanywanyi ba CNDD-FDD barararitswe kwitaba ibikorwa rusangi vyo kuri uwu wa gatandatu igihe c’isaha zitatu zo mu gatondo. Itororokanirizo ry’amakuru Le Soma ibikurikira
Abanyagihugu bo muri karitiye Nyakabiga ya gatatu bariyamiriza imbonerakure zikubita abahita iyo ijoro ryitereye. Haraheze indwi irenga, izo mbonerakure zarishe umunyagihugu atamenyekanye muri iyo karitiye Soma ibikurikira
Ibirato vy’abasirikare batari bake bo mu Burundi birashaje. Bimwe vyaratabaguritse, ibindi vyarahengamye kubera guhera. Ingorane ihari muri kino gihe ni uko n’ibirato bishasha igisirikare c’Uburundi Soma ibikurikira
Kuva kuri uwu wa gatandatu, igenekerezo rya 1 Mukakaro 2023, umwambaro w’igisirikare c’Uburundi warahindutse. Aho harimwo zirya mpuzu ziboneka hejuru hamwe n’udupira bashira munsi yazo. Soma ibikurikira