Kongo : RED-Tabara ngo barabesha ntisugerejwe
Mu gihe icegeranyo c’abahinga ba ONU kuri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo kivuga ko imigwi y’Abarundi ibiri ifise ibirindiro muri ico gihugu ariyo FNL na Soma ibikurikira
Mu gihe icegeranyo c’abahinga ba ONU kuri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo kivuga ko imigwi y’Abarundi ibiri ifise ibirindiro muri ico gihugu ariyo FNL na Soma ibikurikira
Abarwanyi b’abarundi bari muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo barasubiye inyuma baja gushinga ibirindiro vyabo mu bumanuko bw’intara ya Kivu y’Epfo inyuma y’ugusatirwa n’abasirikare ba Soma ibikurikira
Abakozi indwi b’Ibanki ya Repuburika y’Uburundi barapfunzwe bagirizwa guhungabanya ubutunzi bw’igihugu. Bamwe muri bo bafatanywe amadorari atari make mu mifuko mw’isakwa ryabereye ku kazi ku Soma ibikurikira
Umukozi umwe w’Ibanki ya Repuburika y’Uburundi arapfunzwe kuva ku musi wa kabiri inyuma yo gufatanwa amafaranga y’amadorari ibihumbi mirongo ibiri na kimwe. Kuri uwo musi Soma ibikurikira
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yasavye umupfungwa Alain Guillaume Bunyoni kwemera ivyo yagirizwa, agasaba ikigongwe, kugira ngo arekurwe. Jenerari Alain Guillaume Bunyoni aguma anana gushika Soma ibikurikira
Umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca yoba amaze amezi arenga abiri yarongereje iterabwoba ku basigwa b’uwahoze ari umuhuza w’Abarundi Mohammed Rukara. Uwo amaze imyaka irenga itatu Soma ibikurikira
Abanywanyi ba CNDD-FDD bahamagariwe gutora abarongora abandi muri uwo mugambwe ku mitumba yose igize igihugu c’Uburundi kuri uwu wa gatandatu. Ariko, abagumyabanga benshi, harimwo abarongoye Soma ibikurikira
Zimaze imisi mu manama yo kwitegurira amatora yimirije. I ruhande y’inyigisho umugambwe CNDD-FDD wita iz’ugukunda igihugu, imbonerakure zo mu mihingo itandukanye zigishwa, muri kino gihe, Soma ibikurikira
Umuduga wo ku ruhande rw’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye hamwe n’uwari utwaye Jenerari Alain Guillaume Bunyoni yahuriye mw’ihuriro ry’amabarabara riri i ruhande y’ingoro nkuru y’umugambwe CNDD-FDD, Soma ibikurikira
Inyuma y’imisi itatu ya zuguruzuguru ari kwa Jenerari Silas Ntigurirwa, hahavuye hafatwa ingingo y’uko Jenerari Alain Guillaume Bunyoni ahungira muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo. Soma ibikurikira