Amakuru 4 Ruheshi 2024
Amakuru mu kirundi yo kw’igenekerezo rya 4 Ruheshi 2024
Amakuru mu kirundi yo kw’igenekerezo rya 4 Ruheshi 2024
Amakuru mu kirundi yo kw’igenekerezo rya 3 Ruheshi 2024
Ku musi wa gatatu, igenekerezo rya 24 Ndamukiza 2024, umugambwe CNDD-FDD wahavuye utunganya ca kiganiro itororokanirizo ry’amakuru “Le Mandat” ryari ryavuze mu nkuru yaryo yo Soma ibikurikira
Kw’igenekerezo rya 5 Ndamukiza 2024, uruganda rw’itororokanirizo ry’amakuru “Le Mandat” rwarashikirije inkuru ifise aya majambo y’umutwe “Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki Soma ibikurikira
Ku musi wa gatandatu, igenekerezo rya 6 Ndamukiza 2024, haratumweko inama yihuta kugira higwe cane cane ikibazo c’inkuru y’imipanga yashikirijwe n’itororokanirizo ry’amakuru « Le Mandat ». Izindi Soma ibikurikira
There is no excerpt because this is a protected post.
Mu kiganiro yagiranye n’itororokanirizo ry’amakuru “Le Mandat” mu rurimi rw’igifaransa, uwurongoye umugambwe MSD avuga ko imigwi itandukanye y’Abarundi yamaze gutangura urugamba rwo kubogora igihugu. Alexis Soma ibikurikira
Kuva mu ntango z’ukwezi kw’icumi na kabiri, zimwe mu mbonerakure zari zajanywe kwiba ubutare mu ntara ya Kivu yo mu bumanuko iri mu buseruko bwa Soma ibikurikira
Ikiza ca korera cibonekeje muri ako gace nico catumye abanyagihugu batangura kugira amakenga ku mazi ya rusengo bavoma kw’ibombo riri mu gacimbiri Mubone ku mutumba Soma ibikurikira
Uwu wa kane wari umusi wa nyuma wo kudandariza ku nkengera z’ibisigarira vy’isoko nkuru ya Bujumbura hamwe no mu mabarabara yo hagati mu gisagara ku Soma ibikurikira