Intumwa idasanzwe ku Burundi : Gaetan Zongo yemejwe.
Niwe yari yahiswemwo n’uwurongoye inama y’agateka ka zina muntu ya ONU akoreye ku vyo umugwi ujejwe kugosora wari wamusavye. Igenwa rya Fortuné Gaetan Zongo nk’intumwa Soma ibikurikira
Niwe yari yahiswemwo n’uwurongoye inama y’agateka ka zina muntu ya ONU akoreye ku vyo umugwi ujejwe kugosora wari wamusavye. Igenwa rya Fortuné Gaetan Zongo nk’intumwa Soma ibikurikira
Yari yarahagaritswe ku butaka bw’Uburundi hari haheze hafi imyaka ine. Radiyo BBC yaraye ikuweko ibihano n’ikigo kigenzura ibimenyeshamakuru mu Burundi CNC kuri uwu wa gatatu Soma ibikurikira
Kuri uwu wa gatanu, igenekerezo rya 01/04/2022, niho ishirahamwe FIFA ryagira tombora kugira hamenyekanye imigwi ibihugu bijamwo. Ibihugu bine bine bisangiye umugwi, imigwi yose nayo Soma ibikurikira
Izo mvo ntizanditse mw’itangazo riheruka gusohorwa n’Inama y’Ubumwe bwa Buraya ariko zimwe muri zo ivyo bihugu vyaraziganiriye imbere y’ugufata ingingo ntabanduka. Muri izo mvo zatumye Soma ibikurikira
Ku magenekerezo ya 11 na 12 Kigarama mu 2015, bamwe mu banyagihugu b’i Bujumbura baciye mu bihe bikomeye cane. Amasasu yarasiranye, bamwe mu bigeme n’abakenyezi Soma ibikurikira
Inyuma y’impari zimaze imisi ku bijanye n’amagara ya John Pombe Magufuli, amasanamu y’uwo mukuru w’igihugu ca Tanzaniya yakwiragijwe ku mbuga ngurukanabumenyi. Bamwe bavuga ko isanamu Soma ibikurikira