Skip to content
25 May, 2025
 
Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?
Burundi : Abakenyezi 2 bishwe n’abacungera umukuru w’igihugu
RED-Tabara ngo Abarundi ntibakwiye kuguma bahanze amaso ONU
Urugamba : Ikiganiro ca 1
Amakuru 19 Ruheshi 2024
  • Twitter
  • Facebook
  • SoundCloud
  • Youtube
  • Turi bande?
  • Twandikire

  • Home
  • Intango
  • Amakuru
    • Imigenderanire
    • Imico
    • Ibidukikije
    • Agateka ka zina muntu
    • Intwaro
    • Ubutungane
    • Poritike
    • Ubutunzi
    • Amagara y’abantu
    • Indero
    • Umutekano
  • Fact-checking
  • Imyihwezo
  • COVID-19
  • Abakenyezi
  • Inkino
  • EN
  • FR
  • SW
  • Home
  • AMAKURU
  • Burundi
  • Page 3

Tag: Burundi

Burundi : Ubwo “amasezerano” hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni hari ico azovamwo ?

June 7, 2023June 7, 2023 Le Mandat

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yasavye umupfungwa Alain Guillaume Bunyoni kwemera ivyo yagirizwa, agasaba ikigongwe, kugira ngo arekurwe. Jenerari Alain Guillaume Bunyoni aguma anana gushika Soma ibikurikira

IMYIHWEZO2 Comments

Burundi : Umushikiranganji Ndirakobuca yoba agira yihagire inzu y’uwahoze ari umuhuza ?

June 3, 2023June 9, 2023 Le Mandat

Umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca yoba amaze amezi arenga abiri yarongereje iterabwoba ku basigwa b’uwahoze ari umuhuza w’Abarundi Mohammed Rukara. Uwo amaze imyaka irenga itatu Soma ibikurikira

INTWAROLeave a comment

Amatora muri CNDD-FDD : Abagumyabanga barasubira kubuzwa gutora?

May 27, 2023May 27, 2023 Le Mandat

Abanywanyi ba CNDD-FDD bahamagariwe gutora abarongora abandi muri uwo mugambwe ku mitumba yose igize igihugu c’Uburundi kuri uwu wa gatandatu. Ariko, abagumyabanga benshi, harimwo abarongoye Soma ibikurikira

PORITIKELeave a comment

Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ?

May 13, 2023May 13, 2023 Le Mandat

Zimaze imisi mu manama yo kwitegurira amatora yimirije. I ruhande y’inyigisho umugambwe CNDD-FDD wita iz’ugukunda igihugu, imbonerakure zo mu mihingo itandukanye zigishwa, muri kino gihe, Soma ibikurikira

UMUTEKANOLeave a comment

Burundi : Ingene Jenerari Bunyoni “yafashwe”.

May 6, 2023May 7, 2023 Le Mandat

Umuduga wo ku ruhande rw’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye hamwe n’uwari utwaye Jenerari Alain Guillaume Bunyoni yahuriye mw’ihuriro ry’amabarabara riri i ruhande y’ingoro nkuru y’umugambwe CNDD-FDD, Soma ibikurikira

PORITIKELeave a comment

Ifatwa rya Jenerari Bunyoni : Imiduga yari imujanye muri Kongo yagarukiye mu nzira.

April 23, 2023April 23, 2023 Le Mandat

Inyuma y’imisi itatu ya zuguruzuguru ari kwa Jenerari Silas Ntigurirwa, hahavuye hafatwa ingingo y’uko Jenerari Alain Guillaume Bunyoni ahungira muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo. Soma ibikurikira

PORITIKELeave a comment

Inyinyurana hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni : Imisi itatu yo kwisuganya kwa Jenerari Silas Ntigurirwa

April 22, 2023April 23, 2023 Le Mandat

Gushika mw’ijoro ryo ku musi wa kane, Jenerari Alain Guillaume Bunyoni yari akiri ku muhana kwa Jenerari Silas Ntigurirwa i Bujumbura ku bw’amasoko yacu. Uwo Soma ibikurikira

PORITIKELeave a comment

Muyinga : Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira?

April 17, 2023October 6, 2023 Le Mandat

Nderetse Espérance yamenye ko hari inshinge mu mahaha inyuma yo kuja kwa muganga kwisuzumisha. Uwo mukenyezi w’imyaka yoba yababa 60 yari amaze indwi zibiri zirenga Soma ibikurikira

AGATEKA KA ZINA MUNTULeave a comment

Mutanga Sud : Umwe mu “bacumise” Macungu yarekuwe atanze ibihumbi 500

April 15, 2023April 15, 2023 Le Mandat

Inyuma y’ukuza arafatwa yongera arekurwa, uwo batazira Museremu asa n’uwarekuwe burundu ku musi wa kabiri inyuma y’indwi zirenga zibiri yari amaze mu gasho k’igiporisi c’inyamiramabi Soma ibikurikira

UBUTUNGANELeave a comment

Iperereza ryishe umugumyabanga “Numa”, umukozi wa kaminuza y’Uburundi?

March 17, 2023March 17, 2023 Le Mandat

Ikiziga ca Singirincuti Aloys batazira Numa cahambwe mu ndwi iheze mu micungararo y’ikibanza citwa “Ku Mase” ku nkengera y’ikiyaga Tanganyika. Umuryango w’uwo mukozi wa kaminuza Soma ibikurikira

UMUTEKANOLeave a comment

Posts pagination

Previous 1 2 3 4 … 6 Next
  • Popular
  • Recent
  • Comments
  • Burundi : Ubwo “amasezerano” hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni hari ico azovamwo ?June 7, 2023
  • Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?April 5, 2024
  • Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbereMarch 14, 2023
  • Burundi : Izindi mvo zatumye ibihano vya Buraya bivahoFebruary 17, 2022
  • Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?January 13, 2025
  • Burundi : Abakenyezi 2 bishwe n’abacungera umukuru w’igihuguJanuary 13, 2025
  • RED-Tabara ngo Abarundi ntibakwiye kuguma bahanze amaso ONUOctober 1, 2024
  • Urugamba : Ikiganiro ca 1June 22, 2024
  • Kalebu on Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?
  • Yves Rugunga on Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?

Ibiheruka

Akabare ka Kwizera Dieudonné batazira Mbagwa

Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?

Burundi : Abakenyezi 2 bishwe n’abacungera umukuru w’igihugu

RED-Tabara ngo Abarundi ntibakwiye kuguma bahanze amaso ONU

Urugamba : Ikiganiro ca 1

Amakuru 19 Ruheshi 2024

Rondera

Tweets du Le Mandat

Archives

Imyihwezo

Burundi : Ubwo “amasezerano” hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni hari ico azovamwo ?

Burundi : Ni nde azokurikirana umukuru w’igihugu Ndayishimiye “ahemukiye igihugu”?

Burundi : Umukuru w’igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe?

Burundi : Ishingwa ry’imbibe nshasha z’intara rinyegeje inyungu zo mu matora?

Intwaro

Burundi : Imbonerakure zajanywe kwiba inzahabu muri Kongo zarahenzwe

Muhuta : Abanyagihugu bo ku Mubone ntibategera igituma ibombo ryabo ritarasanurwa

Abadandaza i Bujumbura : “Imana yacu si Bayali, tuzobaho.”

Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe

Ibisata

  • ABAKENYEZI (1)
  • AGATEKA KA ZINA MUNTU (2)
  • AMAKURU MU KIRUNDI (8)
  • AMATANGAZO (1)
  • AMATOHOZA (3)
  • FACT-CHECKING (1)
  • IKIGANIRO "URUGAMBA" (1)
  • IMICO (1)
  • IMIGENDERANIRE (2)
  • IMYIHWEZO (6)
  • INDERO (2)
  • INKINO (1)
  • INTWARO (12)
  • PORITIKE (16)
  • UBUTUNGANE (2)
  • UBUTUNZI (2)
  • UMUTEKANO (16)

Categories

  • ABAKENYEZI
  • AGATEKA KA ZINA MUNTU
  • AMAKURU MU KIRUNDI
  • AMATANGAZO
  • AMATOHOZA
  • FACT-CHECKING
  • IKIGANIRO "URUGAMBA"
  • IMICO
  • IMIGENDERANIRE
  • IMYIHWEZO
  • INDERO
  • INKINO
  • INTWARO
  • PORITIKE
  • UBUTUNGANE
  • UBUTUNZI
  • UMUTEKANO

Amajambo yakoreshejwe

ACP Amatora Burundi Congo CPI EUSEBU FIFA Igikombe c'isi intumwa idasanzwe Kongo RDC Rwanda Tanzaniya Ubufaransa Ubumwe bwa Buraya Ubushinwa UE Van Damme
Copyright © Le Mandat. All rights reserved.