Skip to content
23 Jul, 2026
 
Abahinga ba ONU : Intambara yo muri Kongo itera uruhagarara mu kirere ca Bujumbura
Icegeranyo c’Abahinga ba ONU : Ukwegera kw’ibirindiro vya RED-Tabara na FNL hafi y’urubibe rw’Uburundi vyongereje impungenge za Reta
Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n’imbonerakure
Burundi : ifatwa ry’agasakisaki ry’”abayoboke ba Zebiya Ngendakumana” ryasubiriye
Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?
  • Twitter
  • Facebook
  • SoundCloud
  • Youtube
  • Turi bande?
  • Twandikire

  • Home
  • Intango
  • Amakuru
    • Imigenderanire
    • Imico
    • Ibidukikije
    • Agateka ka zina muntu
    • Intwaro
    • Ubutungane
    • Poritike
    • Ubutunzi
    • Amagara y’abantu
    • Indero
    • Umutekano
  • Fact-checking
  • Imyihwezo
  • COVID-19
  • Abakenyezi
  • Inkino
  • EN
  • FR
  • SW
  • Home
  • AMAKURU
  • UMUTEKANO
  • Page 2

Category: UMUTEKANO

Kongo : RED-Tabara ngo barabesha ntisugerejwe

June 26, 2023June 26, 2023 Le Mandat

Mu gihe icegeranyo c’abahinga ba ONU kuri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo kivuga ko imigwi y’Abarundi ibiri ifise ibirindiro muri ico gihugu ariyo FNL na Soma ibikurikira

UMUTEKANOLeave a comment

Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo

June 25, 2023June 25, 2023 Le Mandat

Abarwanyi b’abarundi bari muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo barasubiye inyuma baja gushinga ibirindiro vyabo mu bumanuko bw’intara ya Kivu y’Epfo inyuma y’ugusatirwa n’abasirikare ba Soma ibikurikira

UMUTEKANOLeave a comment

Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ?

May 13, 2023May 13, 2023 Le Mandat

Zimaze imisi mu manama yo kwitegurira amatora yimirije. I ruhande y’inyigisho umugambwe CNDD-FDD wita iz’ugukunda igihugu, imbonerakure zo mu mihingo itandukanye zigishwa, muri kino gihe, Soma ibikurikira

UMUTEKANOLeave a comment

Iperereza ryishe umugumyabanga “Numa”, umukozi wa kaminuza y’Uburundi?

March 17, 2023March 17, 2023 Le Mandat

Ikiziga ca Singirincuti Aloys batazira Numa cahambwe mu ndwi iheze mu micungararo y’ikibanza citwa “Ku Mase” ku nkengera y’ikiyaga Tanganyika. Umuryango w’uwo mukozi wa kaminuza Soma ibikurikira

UMUTEKANOLeave a comment

Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere

March 14, 2023March 14, 2023 Le Mandat

Umusirikare 1 yarapfuye abandi 8 barakomerekera mw’isanganya abacungera umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca bagiriye muri zone Musaga iri muri komine Muha mu gisagara ca Bujumbura Soma ibikurikira

UMUTEKANO2 Comments

Mutanga Sud : Ubwo umushoferi, “yacumiswe n’abajejwe intwaro”, azohava arokoka ?

February 23, 2023February 24, 2023 Le Mandat

Uwo batazira Macungu yanyarukanywe kwa muganga ku musi wa gatanu, inyo ziriko ziva mu bisebe biri mu nda no mw’itako. Uwo munyagihugu, asanzwe akora akazi Soma ibikurikira

UMUTEKANOLeave a comment

Dosiye y’ikubitwa rya Ladeck : wa mukozi w’iperereza buca aja mu Mpimba?

May 16, 2022May 20, 2022 Le Mandat

Uwo batazira Nyangundu buca yungururizwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba ku bw’amasoko yacu. Uwo mukozi w’iperereza, yagirizwa gukubita uwurongoye imbonerakure mu Kigwati, ubu apfungiwe muri komisariya Soma ibikurikira

UMUTEKANOLeave a comment

Burundi : Imbonerakure irongoye izindi ni ikiruruma

May 5, 2022May 5, 2022 Le Mandat

Amaze indwi atazi uwinjira n’uwusohoka mu bitaro Prince Régent Charles. Uwurongoye imbonerakure zo mu Kigwati muri zone Nyakabiga yoba yarasotoye umukozi w’iperereza hanyuma nawe aramuvunagura. Soma ibikurikira

UMUTEKANOLeave a comment

Abapasitori 11 ba EUSEBU bafashwe inyuma y’igandagurwa ry’abarongoye iryo sengero

April 6, 2022April 8, 2022 Le Mandat

Kuri uwu wa kabiri, igiporisi cavuze ko cafashe abapasitori 11 inyuma y’igandagurwa ry’abapasitori 2 aribo Jean-Gordien Niyungeko, yaserukira isengero EUSEBU mu Burundi hamwe na Salvator Soma ibikurikira

UMUTEKANOLeave a comment

Posts pagination

Previous 1 2
  • Popular
  • Recent
  • Comments
  • Burundi : Ubwo “amasezerano” hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni hari ico azovamwo ?June 7, 2023
  • Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?April 5, 2024
  • Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbereMarch 14, 2023
  • Burundi : Izindi mvo zatumye ibihano vya Buraya bivahoFebruary 17, 2022
  • Abahinga ba ONU : Intambara yo muri Kongo itera uruhagarara mu kirere ca BujumburaJuly 6, 2026
  • Icegeranyo c’Abahinga ba ONU : Ukwegera kw’ibirindiro vya RED-Tabara na FNL hafi y’urubibe rw’Uburundi vyongereje impungenge za RetaJuly 2, 2026
  • Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n’imbonerakureJune 24, 2026
  • Burundi : ifatwa ry’agasakisaki ry’”abayoboke ba Zebiya Ngendakumana” ryasubiriyeJanuary 11, 2026
  • Ryegure Zouberi on Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n’imbonerakure
  • Kalebu on Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?

Ibiheruka

Abahinga ba ONU : Intambara yo muri Kongo itera uruhagarara mu kirere ca Bujumbura

Icegeranyo c’Abahinga ba ONU : Ukwegera kw’ibirindiro vya RED-Tabara na FNL hafi y’urubibe rw’Uburundi vyongereje impungenge za Reta

Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n’imbonerakure

Burundi : ifatwa ry’agasakisaki ry’”abayoboke ba Zebiya Ngendakumana” ryasubiriye

Akabare ka Kwizera Dieudonné batazira Mbagwa

Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?

Rondera

Tweets du Le Mandat

Archives

Imyihwezo

Burundi : Ubwo “amasezerano” hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni hari ico azovamwo ?

Burundi : Ni nde azokurikirana umukuru w’igihugu Ndayishimiye “ahemukiye igihugu”?

Burundi : Umukuru w’igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe?

Burundi : Ishingwa ry’imbibe nshasha z’intara rinyegeje inyungu zo mu matora?

Intwaro

Burundi : Imbonerakure zajanywe kwiba inzahabu muri Kongo zarahenzwe

Muhuta : Abanyagihugu bo ku Mubone ntibategera igituma ibombo ryabo ritarasanurwa

Abadandaza i Bujumbura : “Imana yacu si Bayali, tuzobaho.”

Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe

Ibisata

  • ABAKENYEZI (1)
  • AGATEKA KA ZINA MUNTU (3)
  • AMAKURU MU KIRUNDI (8)
  • AMATANGAZO (1)
  • AMATOHOZA (3)
  • FACT-CHECKING (1)
  • IKIGANIRO "URUGAMBA" (1)
  • IMICO (1)
  • IMIGENDERANIRE (2)
  • IMYIHWEZO (6)
  • INDERO (2)
  • INKINO (1)
  • INTWARO (12)
  • PORITIKE (16)
  • UBUTUNGANE (2)
  • UBUTUNZI (2)
  • UMUTEKANO (19)

Categories

  • ABAKENYEZI
  • AGATEKA KA ZINA MUNTU
  • AMAKURU MU KIRUNDI
  • AMATANGAZO
  • AMATOHOZA
  • FACT-CHECKING
  • IKIGANIRO "URUGAMBA"
  • IMICO
  • IMIGENDERANIRE
  • IMYIHWEZO
  • INDERO
  • INKINO
  • INTWARO
  • PORITIKE
  • UBUTUNGANE
  • UBUTUNZI
  • UMUTEKANO

Amajambo yakoreshejwe

ACP Amatora Burundi Congo CPI EUSEBU FIFA Igikombe c'isi intumwa idasanzwe Kongo RDC Rwanda Tanzaniya Ubufaransa Ubumwe bwa Buraya Ubushinwa UE Van Damme
Copyright © Le Mandat 2026. All rights reserved.