Ikiganiro “Urugamba” kiba ku misi ya gatandatu. Ikiganiro uruganda rw’itororokanirizo ry’amakuru “Le Mandat” ryahereyeko kijanye n’urugamba rwa demokarasi muri rusangi Abarundi bamwe bamwe bavuga ko baharanira.
Other posts by author
- Abahinga ba ONU : Intambara yo muri Kongo itera uruhagarara mu kirere ca Bujumbura
- Icegeranyo c’Abahinga ba ONU : Ukwegera kw’ibirindiro vya RED-Tabara na FNL hafi y’urubibe rw’Uburundi vyongereje impungenge za Reta
- Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n’imbonerakure
