Amatora y’abahuza : Bujumbura itovye umukenyuro wa CNDD-FDD?
Ku musi wa kane, niho hari hategekanijwe ko abahuza “batowe” ku mitumba yose y’igihugu barahira imbere ya sentare z’intango. Ariko gushika kuri uwu wa gatanu, Soma ibikurikira
Ku musi wa kane, niho hari hategekanijwe ko abahuza “batowe” ku mitumba yose y’igihugu barahira imbere ya sentare z’intango. Ariko gushika kuri uwu wa gatanu, Soma ibikurikira
Abavyeyi batari bake bari batanze amafaranga kugira ngo abana babo baronke ibibanza vyo guhitira kw’ishure ryisumbuye rya komine Muhuta riri ku mutumba Gitaza muri zone Soma ibikurikira
Mu gihe umugambwe CNDD-FDD uheruka kwibuka ubugira ndwi igandagurwa rya Riyetena Jenerari Adolphe Nshimirimana, hariho abanyigihugu batazi, kugeza ubu, icatumye urya mutego uba hamwe n’abateze Soma ibikurikira
Twoguma ku butegetsi gute tutagiye turiba amatora? Ico ni ikibazo umugambwe CNDD-FDD woba uriko uragerageza kwishura mu gushinga imbibe nshasha z’intara mu gihugu. Impari ku Soma ibikurikira
Uwo batazira Nyangundu buca yungururizwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba ku bw’amasoko yacu. Uwo mukozi w’iperereza, yagirizwa gukubita uwurongoye imbonerakure mu Kigwati, ubu apfungiwe muri komisariya Soma ibikurikira
Amaze indwi atazi uwinjira n’uwusohoka mu bitaro Prince Régent Charles. Uwurongoye imbonerakure zo mu Kigwati muri zone Nyakabiga yoba yarasotoye umukozi w’iperereza hanyuma nawe aramuvunagura. Soma ibikurikira
Inyuma y’ugusinywa ivy’imfatakibanza n’abaserukiye impande zibiri, haraheze imyaka ibiri, umusi ku wundi, amasezerano y’i Cotonou aratevye gusinywa n’izo mpande arizo Ubumwe bwa Buraya hamwe n’Ishirahamwe Soma ibikurikira
Emmanuel Macron niwe yaje mu kibanza ca mbere, akwirikirwa na Marine Le Pen mu matora yo ku musi w’Imana kw’igenekerezo rya 10 Ndamukiza mu 2022. Soma ibikurikira
Umusi cakurako ibihano iradiyo y’Abongereza BBC, ikigo kigenzura ibimenyeshamakuru mu Burundi CNC catanze imvo zibiri nyamukuru. Ico kigo ngo cakoreye ku ntumbero y’umukuru w’igihugu yo Soma ibikurikira
Yari amaze imisi muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo atumweko n’umukuru w’igihugu Félix Tshisekedi. Umukinyi w’amareresi Van Damme yarangije urugendo rwiwe ahawe urupapuro rw’inzira rw’abanyecubahiro Soma ibikurikira