Skip to content
07 Mar, 2026
 
Burundi : ifatwa ry’agasakisaki ry’”abayoboke ba Zebiya Ngendakumana” ryasubiriye
Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?
Burundi : Abakenyezi 2 bishwe n’abacungera umukuru w’igihugu
RED-Tabara ngo Abarundi ntibakwiye kuguma bahanze amaso ONU
Urugamba : Ikiganiro ca 1
  • Twitter
  • Facebook
  • SoundCloud
  • Youtube
  • Turi bande?
  • Twandikire

  • Home
  • Intango
  • Amakuru
    • Imigenderanire
    • Imico
    • Ibidukikije
    • Agateka ka zina muntu
    • Intwaro
    • Ubutungane
    • Poritike
    • Ubutunzi
    • Amagara y’abantu
    • Indero
    • Umutekano
  • Fact-checking
  • Imyihwezo
  • COVID-19
  • Abakenyezi
  • Inkino
  • EN
  • FR
  • SW
  • Home
  • AMAKURU
  • PORITIKE
  • Page 2

Category: PORITIKE

Burundi : Umuntu umwe yoba yishwe muri dosiye y’abafatanywe ifoto za Radjabu

November 1, 2022November 27, 2022 Le Mandat

Uwoba yishwe yaba muri zone Nyakabiga muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura. Iperereza ry’Uburundi ngo ryamwagiriza gukorana n’abantu barenga mirongo indwi baheruka gufatirwa mu Soma ibikurikira

PORITIKELeave a comment

Rumonge : Abantu barenga 70 bafatanywe amafoto ya Hussein Radjabu

October 25, 2022October 25, 2022 Le Mandat

Abantu bafashwe n’igiporisi kuri uwu wa gatandatu bari bagizwe n’abagabo n’abagore. Bose hamwe bagera kuri 76. Abo banyagihugu bafatiwe muri karitiye Kanyenkoko muri komine n’intara Soma ibikurikira

PORITIKELeave a comment

Amatora y’abahuza : Bujumbura itovye umukenyuro wa CNDD-FDD?

September 16, 2022September 18, 2022 Le Mandat

Ku musi wa kane, niho hari hategekanijwe ko  abahuza “batowe” ku mitumba yose y’igihugu barahira imbere ya sentare z’intango. Ariko gushika kuri uwu wa gatanu, Soma ibikurikira

PORITIKELeave a comment

Burundi : Ni nde yishe Jenerari Adolphe Nshimirimana?

August 22, 2022August 22, 2022 Le Mandat

Mu gihe umugambwe CNDD-FDD uheruka kwibuka ubugira ndwi igandagurwa rya Riyetena Jenerari Adolphe Nshimirimana, hariho abanyigihugu batazi, kugeza ubu, icatumye urya mutego uba hamwe n’abateze Soma ibikurikira

PORITIKE1 Comment

Ubufaransa : Macron na Le Pen nibo bazohiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu

April 12, 2022April 12, 2022 Le Mandat

Emmanuel Macron niwe yaje mu kibanza ca mbere, akwirikirwa na Marine Le Pen mu matora yo ku musi w’Imana kw’igenekerezo rya 10 Ndamukiza mu 2022. Soma ibikurikira

PORITIKELeave a comment

Burundi : FRODEBU isaba umuco ku rupfu rwa Cyprien Ntaryamira inyuma y’imyaka 28

April 6, 2022April 8, 2022 Le Mandat

Kuri uwu wa 6 Ndamukiza 2022, umugambwe Sahwanya FRODEBU uribuka imyaka 28 irangiye umukuru w’igihugu Cyprien Ntaryamira ahitanywe n’isanganya ry’indege i Kigali mu Rwanda. Uwo Soma ibikurikira

PORITIKELeave a comment

Posts pagination

Previous 1 2
  • Popular
  • Recent
  • Comments
  • Burundi : Ubwo “amasezerano” hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni hari ico azovamwo ?June 7, 2023
  • Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?April 5, 2024
  • Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbereMarch 14, 2023
  • Burundi : Izindi mvo zatumye ibihano vya Buraya bivahoFebruary 17, 2022
  • Burundi : ifatwa ry’agasakisaki ry’”abayoboke ba Zebiya Ngendakumana” ryasubiriyeJanuary 11, 2026
  • Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?January 13, 2025
  • Burundi : Abakenyezi 2 bishwe n’abacungera umukuru w’igihuguJanuary 13, 2025
  • RED-Tabara ngo Abarundi ntibakwiye kuguma bahanze amaso ONUOctober 1, 2024
  • Kalebu on Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?
  • Yves Rugunga on Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?

Ibiheruka

Burundi : ifatwa ry’agasakisaki ry’”abayoboke ba Zebiya Ngendakumana” ryasubiriye

Akabare ka Kwizera Dieudonné batazira Mbagwa

Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?

Burundi : Abakenyezi 2 bishwe n’abacungera umukuru w’igihugu

RED-Tabara ngo Abarundi ntibakwiye kuguma bahanze amaso ONU

Urugamba : Ikiganiro ca 1

Rondera

Tweets du Le Mandat

Archives

Imyihwezo

Burundi : Ubwo “amasezerano” hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni hari ico azovamwo ?

Burundi : Ni nde azokurikirana umukuru w’igihugu Ndayishimiye “ahemukiye igihugu”?

Burundi : Umukuru w’igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe?

Burundi : Ishingwa ry’imbibe nshasha z’intara rinyegeje inyungu zo mu matora?

Intwaro

Burundi : Imbonerakure zajanywe kwiba inzahabu muri Kongo zarahenzwe

Muhuta : Abanyagihugu bo ku Mubone ntibategera igituma ibombo ryabo ritarasanurwa

Abadandaza i Bujumbura : “Imana yacu si Bayali, tuzobaho.”

Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe

Ibisata

  • ABAKENYEZI (1)
  • AGATEKA KA ZINA MUNTU (3)
  • AMAKURU MU KIRUNDI (8)
  • AMATANGAZO (1)
  • AMATOHOZA (3)
  • FACT-CHECKING (1)
  • IKIGANIRO "URUGAMBA" (1)
  • IMICO (1)
  • IMIGENDERANIRE (2)
  • IMYIHWEZO (6)
  • INDERO (2)
  • INKINO (1)
  • INTWARO (12)
  • PORITIKE (16)
  • UBUTUNGANE (2)
  • UBUTUNZI (2)
  • UMUTEKANO (16)

Categories

  • ABAKENYEZI
  • AGATEKA KA ZINA MUNTU
  • AMAKURU MU KIRUNDI
  • AMATANGAZO
  • AMATOHOZA
  • FACT-CHECKING
  • IKIGANIRO "URUGAMBA"
  • IMICO
  • IMIGENDERANIRE
  • IMYIHWEZO
  • INDERO
  • INKINO
  • INTWARO
  • PORITIKE
  • UBUTUNGANE
  • UBUTUNZI
  • UMUTEKANO

Amajambo yakoreshejwe

ACP Amatora Burundi Congo CPI EUSEBU FIFA Igikombe c'isi intumwa idasanzwe Kongo RDC Rwanda Tanzaniya Ubufaransa Ubumwe bwa Buraya Ubushinwa UE Van Damme
Copyright © Le Mandat 2026. All rights reserved.