Burundi : Imbonerakure zajanywe kwiba inzahabu muri Kongo zarahenzwe
Kuva mu ntango z’ukwezi kw’icumi na kabiri, zimwe mu mbonerakure zari zajanywe kwiba ubutare mu ntara ya Kivu yo mu bumanuko iri mu buseruko bwa Soma ibikurikira
Kuva mu ntango z’ukwezi kw’icumi na kabiri, zimwe mu mbonerakure zari zajanywe kwiba ubutare mu ntara ya Kivu yo mu bumanuko iri mu buseruko bwa Soma ibikurikira
Ikiza ca korera cibonekeje muri ako gace nico catumye abanyagihugu batangura kugira amakenga ku mazi ya rusengo bavoma kw’ibombo riri mu gacimbiri Mubone ku mutumba Soma ibikurikira
Uwu wa kane wari umusi wa nyuma wo kudandariza ku nkengera z’ibisigarira vy’isoko nkuru ya Bujumbura hamwe no mu mabarabara yo hagati mu gisagara ku Soma ibikurikira
Ibirato vy’abasirikare batari bake bo mu Burundi birashaje. Bimwe vyaratabaguritse, ibindi vyarahengamye kubera guhera. Ingorane ihari muri kino gihe ni uko n’ibirato bishasha igisirikare c’Uburundi Soma ibikurikira
Kuva kuri uwu wa gatandatu, igenekerezo rya 1 Mukakaro 2023, umwambaro w’igisirikare c’Uburundi warahindutse. Aho harimwo zirya mpuzu ziboneka hejuru hamwe n’udupira bashira munsi yazo. Soma ibikurikira
Umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca yoba amaze amezi arenga abiri yarongereje iterabwoba ku basigwa b’uwahoze ari umuhuza w’Abarundi Mohammed Rukara. Uwo amaze imyaka irenga itatu Soma ibikurikira
Haraheze amezi arenga atatu, Gervais Ndirakobuca yagiriza abamucungerera umutekano kuborerwa no gushurashura. Ku wa 1 Ntwarante, imbere yo kuja mu gihugu ca Gabon mu nama Soma ibikurikira
Abasirikare n’abaporisi bacungera umutekano w’umushikiranganji wa mbere bari bamaze amezi arenga abiri badahembwa. Umushikiranganji Gervais Ndirakobuca ngo yari yabasiguriye ko yabahoye kwigenza nabi. Mu ndwi Soma ibikurikira
Buri nama shingiro y’umugambwe CNDD-FDD yategetswe gutanga imifuko 2 y’isima bitarenze ku musi wa kabiri. Bamwe mu banywanyi b’uwo mugambwe uri ku butegetsi babona ko Soma ibikurikira
Bavuga ko batahimbaje imisi mikuru irangiza umwaka w’2022 nk’uko vyahora. Abasirikare n’abaporisi bacungera umushikiranganji wa mbere mu Burundi basigura ko batahembwe ku mwisho w’ukwezi kwa Soma ibikurikira