Skip to content
24 May, 2025
 
Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?
Burundi : Abakenyezi 2 bishwe n’abacungera umukuru w’igihugu
RED-Tabara ngo Abarundi ntibakwiye kuguma bahanze amaso ONU
Urugamba : Ikiganiro ca 1
Amakuru 19 Ruheshi 2024
  • Twitter
  • Facebook
  • SoundCloud
  • Youtube
  • Turi bande?
  • Twandikire

  • Home
  • Intango
  • Amakuru
    • Imigenderanire
    • Imico
    • Ibidukikije
    • Agateka ka zina muntu
    • Intwaro
    • Ubutungane
    • Poritike
    • Ubutunzi
    • Amagara y’abantu
    • Indero
    • Umutekano
  • Fact-checking
  • Imyihwezo
  • COVID-19
  • Abakenyezi
  • Inkino
  • EN
  • FR
  • SW
  • Home
  • AMAKURU
  • IMYIHWEZO

Category: IMYIHWEZO

Burundi : Ubwo “amasezerano” hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni hari ico azovamwo ?

June 7, 2023June 7, 2023 Le Mandat

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yasavye umupfungwa Alain Guillaume Bunyoni kwemera ivyo yagirizwa, agasaba ikigongwe, kugira ngo arekurwe. Jenerari Alain Guillaume Bunyoni aguma anana gushika Soma ibikurikira

IMYIHWEZO2 Comments

Burundi : Ni nde azokurikirana umukuru w’igihugu Ndayishimiye “ahemukiye igihugu”?

January 22, 2023January 22, 2023 Le Mandat

Haraheze amezi atari make, umukuru w’igihugu c’Uburundi aguma avuga ko abacamanza bamugabishije ko ashobora kwagirizwa “Guhemukira igihugu” kubera ko ariko ashira ku murongo igisata c’ubutungane. Soma ibikurikira

IMYIHWEZOLeave a comment

Burundi : Umukuru w’igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe?

January 14, 2023January 18, 2023 Le Mandat

Igwirirana ry’abantu mu Burundi ni ikibazo Evariste Ndayishimiye amaze amezi arenga atandatu agarukako. Ku bw’umukuru w’igihugu c’Uburundi, inyuma ya rusansuma, hategerezwa gufatwa ingingo ruhasha zizotuma Soma ibikurikira

IMYIHWEZOLeave a comment

Burundi : Ishingwa ry’imbibe nshasha z’intara rinyegeje inyungu zo mu matora?

July 30, 2022July 30, 2022 Le Mandat

Twoguma ku butegetsi gute tutagiye turiba amatora? Ico ni ikibazo umugambwe CNDD-FDD woba uriko uragerageza kwishura mu gushinga imbibe nshasha z’intara mu gihugu. Impari ku Soma ibikurikira

IMYIHWEZOLeave a comment

Burundi : BBC yuguruwe, hazoca hakwirikira iki?

April 10, 2022April 10, 2022 Le Mandat

Umusi cakurako ibihano iradiyo y’Abongereza BBC, ikigo kigenzura ibimenyeshamakuru mu Burundi CNC catanze imvo zibiri nyamukuru. Ico kigo ngo cakoreye ku ntumbero y’umukuru w’igihugu yo Soma ibikurikira

IMYIHWEZOLeave a comment

Burundi : Izindi mvo zatumye ibihano vya Buraya bivaho

February 17, 2022April 3, 2022 Le Mandat

Izo mvo ntizanditse mw’itangazo riheruka gusohorwa n’Inama y’Ubumwe bwa Buraya ariko zimwe muri zo ivyo bihugu vyaraziganiriye imbere y’ugufata ingingo ntabanduka. Muri izo mvo zatumye Soma ibikurikira

IMYIHWEZO1 Comment
  • Popular
  • Recent
  • Comments
  • Burundi : Ubwo “amasezerano” hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni hari ico azovamwo ?June 7, 2023
  • Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?April 5, 2024
  • Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbereMarch 14, 2023
  • Burundi : Izindi mvo zatumye ibihano vya Buraya bivahoFebruary 17, 2022
  • Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?January 13, 2025
  • Burundi : Abakenyezi 2 bishwe n’abacungera umukuru w’igihuguJanuary 13, 2025
  • RED-Tabara ngo Abarundi ntibakwiye kuguma bahanze amaso ONUOctober 1, 2024
  • Urugamba : Ikiganiro ca 1June 22, 2024
  • Kalebu on Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?
  • Yves Rugunga on Protected: Imipanga yuzuye konteneri zine yazanywe mu Burundi gukora iki ?

Ibiheruka

Akabare ka Kwizera Dieudonné batazira Mbagwa

Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?

Burundi : Abakenyezi 2 bishwe n’abacungera umukuru w’igihugu

RED-Tabara ngo Abarundi ntibakwiye kuguma bahanze amaso ONU

Urugamba : Ikiganiro ca 1

Amakuru 19 Ruheshi 2024

Rondera

Tweets du Le Mandat

Archives

Imyihwezo

Burundi : Ubwo “amasezerano” hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni hari ico azovamwo ?

Burundi : Ni nde azokurikirana umukuru w’igihugu Ndayishimiye “ahemukiye igihugu”?

Burundi : Umukuru w’igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe?

Burundi : Ishingwa ry’imbibe nshasha z’intara rinyegeje inyungu zo mu matora?

Intwaro

Burundi : Imbonerakure zajanywe kwiba inzahabu muri Kongo zarahenzwe

Muhuta : Abanyagihugu bo ku Mubone ntibategera igituma ibombo ryabo ritarasanurwa

Abadandaza i Bujumbura : “Imana yacu si Bayali, tuzobaho.”

Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe

Ibisata

  • ABAKENYEZI (1)
  • AGATEKA KA ZINA MUNTU (2)
  • AMAKURU MU KIRUNDI (8)
  • AMATANGAZO (1)
  • AMATOHOZA (3)
  • FACT-CHECKING (1)
  • IKIGANIRO "URUGAMBA" (1)
  • IMICO (1)
  • IMIGENDERANIRE (2)
  • IMYIHWEZO (6)
  • INDERO (2)
  • INKINO (1)
  • INTWARO (12)
  • PORITIKE (16)
  • UBUTUNGANE (2)
  • UBUTUNZI (2)
  • UMUTEKANO (16)

Categories

  • ABAKENYEZI
  • AGATEKA KA ZINA MUNTU
  • AMAKURU MU KIRUNDI
  • AMATANGAZO
  • AMATOHOZA
  • FACT-CHECKING
  • IKIGANIRO "URUGAMBA"
  • IMICO
  • IMIGENDERANIRE
  • IMYIHWEZO
  • INDERO
  • INKINO
  • INTWARO
  • PORITIKE
  • UBUTUNGANE
  • UBUTUNZI
  • UMUTEKANO

Amajambo yakoreshejwe

ACP Amatora Burundi Congo CPI EUSEBU FIFA Igikombe c'isi intumwa idasanzwe Kongo RDC Rwanda Tanzaniya Ubufaransa Ubumwe bwa Buraya Ubushinwa UE Van Damme
Copyright © Le Mandat. All rights reserved.