Adolphe Itangishaka, umunywanyi wa CNL ku Mutanga yoba yarishwe?

Abanywanyi babiri b’umugambwe CNL bakora mu kabare “Kwa Mbagwa” muri karitiye Mutanga Sud iri muri zone Rohero yo muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura Soma ibikurikira
Abanywanyi babiri b’umugambwe CNL bakora mu kabare “Kwa Mbagwa” muri karitiye Mutanga Sud iri muri zone Rohero yo muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura Soma ibikurikira
Abakenyezi babiri bishwe barashwe n’abacungera umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ku kirimba ciwe i Kiriri kw’igenekerezo rya 28 kigarama 2024 ni Sinzokira Espérance batazira Mahereni hamwe Soma ibikurikira