ACP-UE : Amasezerano ya Cotonou azohinduka amasezerano y’i Samoa bitarenze mu kwa gatandatu?
Inyuma y’ugusinywa ivy’imfatakibanza n’abaserukiye impande zibiri, haraheze imyaka ibiri, umusi ku wundi, amasezerano y’i Cotonou aratevye gusinywa n’izo mpande arizo Ubumwe bwa Buraya hamwe n’Ishirahamwe Soma ibikurikira