{"id":653,"date":"2026-06-24T00:32:53","date_gmt":"2026-06-23T23:32:53","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=653"},"modified":"2026-06-24T00:33:29","modified_gmt":"2026-06-23T23:33:29","slug":"burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/","title":{"rendered":"Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n\u2019imbonerakure"},"content":{"rendered":"<p><strong>Seif Ntakamurenga yahambwe ku wa 1 Ruheshi 2026, inyuma y\u2019aho apfiriye mw\u2019ijoro ryo ku wa 31 Rusama 2026 amaze hafi indwi ari ikiruruma. Nk\u2019uko amakuru ava mu masoko atandukanye avyemeza, uwo mugabo w\u2019imyaka 45 yafashwe mw\u2019ijoro ryo ku wa 27 Rusama n\u2019Imbonerakure, aca ajanwa hamwe n\u2019umugenzi wiwe w\u2019umukenyezi mu kibanza gitunganya amazi mabi co mu Buterere. Bose uko ari babiri boba barashurashujwe ku nguvu, imbere y\u2019uko Seif akubitwa cane n\u2019imbonerakure zikamusiga ari intere. (Le Mandat) <\/strong><\/p>\n<p>Amakuru itororokanirizo ry\u2019amakuru <em>Le Mandat<\/em> ryaronse avuga ko vyose vyatanguye mw\u2019ijoro ryo ku wa gatatu, igenekerezo rya 27 Rusama 2026, muri zone Buterere, isanzwe iri muri komine Ntahangwa, mu ntara ya Bujumbura. Muri iryo joro, Seif Ntakamurenga n\u2019umugenzi wiwe w\u2019umukenyezi baguye mu vyara vy\u2019umugwi w\u2019Imbonerakure \u2014 urwaruka rw\u2019umugambwe uri ku butegetsi, CNDD-FDD \u2014 uvugwa ko wari urongowe n\u2019uwitwa Elie nk\u2019uko vyemezwa n\u2019amasoko yacu. Ivyo vyabereye hafi cane y\u2019urugo rwa nyakwigendera.<\/p>\n<p><strong>Bafatiwe kw\u2019irembo ry\u2019urugo <\/strong><\/p>\n<p>Hari nk\u2019igihe c\u2019isaha zitanu z\u2019ijoro, Seif Ntakamurenga n\u2019umugenzi wiwe w\u2019umukenyezi bagira binjire mu rugo aho Seif yari asanzwe aba muri Buterere ya mbere. Ni ho, nk\u2019uko amasoko yacu abivuga, Elie n\u2019izindi Mbonerakure bari kumwe bahagarika abo babiri maze babasaba kubereka amakarata karangamuntu yabo.<\/p>\n<p>Seif yabasiguriye ko boshobora kwinjira mu nzu bakayazana. Ariko rero, nk\u2019uko ayo masoko nyene abandanya abivuga, ico ciyumviro camiriwe kure n&#8217;izo mbonerakure. Elie aca ategeka ko Seif n\u2019uwo bari kumwe bajanwa ku kibanza gitunganya amazi mabi co mu Buterere, aho bita &#8220;Ku ma bassin&#8221;, kubera ibidengeri binini vyakira amazi acafuye ava mu bice bitandukanye y\u2019igisagara ca Bujumbura.<\/p>\n<p><strong>Barashurashujwe ku nguvu hanyuma baratandukanywa <\/strong><\/p>\n<p>Nk\u2019uko amakuru ava mu masoko yacu abandanya abivuga, bamaze gushikanwa muri ico kibanza, bose uko ari babiri, Seif Ntakamurenga n\u2019umugenzi wiwe w\u2019umukenyezi barashurashujwe ku nguvu n\u2019Imbonerakure.<\/p>\n<p>Uwo mukenyezi yaciye arekurwa. Seif nawe akubitwa bikomeye ibibando gushika aho adashobora no kwinyiganyiza. Zimaze kwibaza ko yapfuye, izo mbonerakure zaciye zimuta ngaho ziragenda, nk\u2019uko ayo makuru abandanya abivuga.<\/p>\n<p><strong>Ububabare yabumaranye imisi <\/strong><\/p>\n<p>Izo mbonerakure zimaze kugenda, Seif Ntakamurenga yararabutse. N\u2019aho yari ameze nabi cane, yarashoboye kwandara asubira iwe, aho amagara yiwe yagumye arushiriza kwunyuka uko iminsi yiyongera.<\/p>\n<p>Nk\u2019uko ababanyi babivuga, uwo yari asanzwe ari kimyozi hagati mu gisagara ca Bujumbura yatanguye kuza araboroga cane kuva ku wa kane kubera ububabare kandi ntiyari agishobora gufungura neza kuko ata kayabagu yari agifise. Umubiri wiwe wabonekako kandi ibimenyetso vyinshi vy\u2019inkoni n\u2019ibidunduri.<\/p>\n<p>Ku wa Mungu, afashijwe n\u2019ababanyi n\u2019abagenzi, yarashoboye kuja kwa inakuru, asanzwe aba aho nyene mu Buterere, kugira ngo bagerageze gutunganya neza uko yofashwa mu kwivuza. Ariko Seif yaje gupfa mw\u2019ijoro ryo kuri uwo wa Mungu nyene, igenekerezo rya 31 Rusama rishira ku wa mbere igenekerezo rya 1 Ruheshi 2026.<\/p>\n<p>Inyuma y\u2019aho, umuporisi w\u2019inyamiramabi yari ajejwe gukurikirana iyo dosiye yasavye ko ikiziga ca Seif Ntakamurenga gipimwa. Ivyo bipimo vyabereye ku bitaro Prince R\u00e9gent Charles. Nk\u2019uko amakuru ava mu begereye iyo dosiye abivuga, ivyo bipimo vyoba vyerekanye ko Seif Ntakamurenga yazize amahiri yakubiswe.<\/p>\n<p><strong>Umwe mu bagirijwe ayo mabi yajanywe mu Mpimba <\/strong><\/p>\n<p>Inyuma y\u2019iminsi mikeyi yamaze apfungiwe mu gasho ko muri zone Buterere, Elie, avugwa ko ari umukuru w\u2019Imbonerakure muri ako gace, yaciye ajanwa mw\u2019ibohero rikuru rya Mpimba.<\/p>\n<p>Nk\u2019uko amasoko yacu abivuga, izindi mbonerakure zivugwa muri iyo dosiye ntizari bwafatwe gushika igihe iyi nkuru yandikwa.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Seif Ntakamurenga yahambwe ku wa 1 Ruheshi 2026, inyuma y\u2019aho apfiriye mw\u2019ijoro ryo ku wa 31 Rusama 2026 amaze hafi indwi ari ikiruruma. Nk\u2019uko amakuru ava mu masoko atandukanye avyemeza, uwo mugabo w\u2019imyaka 45 yafashwe mw\u2019ijoro ryo ku wa 27 Rusama n\u2019Imbonerakure, aca ajanwa hamwe n\u2019umugenzi wiwe w\u2019umukenyezi mu kibanza gitunganya amazi mabi co mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":654,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[14],"tags":[27],"class_list":["post-653","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-umutekano","tag-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n\u2019imbonerakure -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n\u2019imbonerakure -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Seif Ntakamurenga yahambwe ku wa 1 Ruheshi 2026, inyuma y\u2019aho apfiriye mw\u2019ijoro ryo ku wa 31 Rusama 2026 amaze hafi indwi ari ikiruruma. Nk\u2019uko amakuru ava mu masoko atandukanye avyemeza, uwo mugabo w\u2019imyaka 45 yafashwe mw\u2019ijoro ryo ku wa 27 Rusama n\u2019Imbonerakure, aca ajanwa hamwe n\u2019umugenzi wiwe w\u2019umukenyezi mu kibanza gitunganya amazi mabi co mu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2026-06-23T23:32:53+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2026-06-23T23:33:29+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2026\/06\/IMAGE-ARTICLE-KIRUNDI.png\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1536\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1024\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/png\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n\u2019imbonerakure\",\"datePublished\":\"2026-06-23T23:32:53+00:00\",\"dateModified\":\"2026-06-23T23:33:29+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/\"},\"wordCount\":571,\"commentCount\":1,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2026\/06\/IMAGE-ARTICLE-KIRUNDI.png\",\"keywords\":[\"Burundi\"],\"articleSection\":[\"UMUTEKANO\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/\",\"name\":\"Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n\u2019imbonerakure -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2026\/06\/IMAGE-ARTICLE-KIRUNDI.png\",\"datePublished\":\"2026-06-23T23:32:53+00:00\",\"dateModified\":\"2026-06-23T23:33:29+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2026\/06\/IMAGE-ARTICLE-KIRUNDI.png\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2026\/06\/IMAGE-ARTICLE-KIRUNDI.png\",\"width\":1536,\"height\":1024},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n\u2019imbonerakure\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n\u2019imbonerakure -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n\u2019imbonerakure -","og_description":"Seif Ntakamurenga yahambwe ku wa 1 Ruheshi 2026, inyuma y\u2019aho apfiriye mw\u2019ijoro ryo ku wa 31 Rusama 2026 amaze hafi indwi ari ikiruruma. Nk\u2019uko amakuru ava mu masoko atandukanye avyemeza, uwo mugabo w\u2019imyaka 45 yafashwe mw\u2019ijoro ryo ku wa 27 Rusama n\u2019Imbonerakure, aca ajanwa hamwe n\u2019umugenzi wiwe w\u2019umukenyezi mu kibanza gitunganya amazi mabi co mu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/","article_published_time":"2026-06-23T23:32:53+00:00","article_modified_time":"2026-06-23T23:33:29+00:00","og_image":[{"width":1536,"height":1024,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2026\/06\/IMAGE-ARTICLE-KIRUNDI.png","type":"image\/png"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n\u2019imbonerakure","datePublished":"2026-06-23T23:32:53+00:00","dateModified":"2026-06-23T23:33:29+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/"},"wordCount":571,"commentCount":1,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2026\/06\/IMAGE-ARTICLE-KIRUNDI.png","keywords":["Burundi"],"articleSection":["UMUTEKANO"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/","name":"Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n\u2019imbonerakure -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2026\/06\/IMAGE-ARTICLE-KIRUNDI.png","datePublished":"2026-06-23T23:32:53+00:00","dateModified":"2026-06-23T23:33:29+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2026\/06\/IMAGE-ARTICLE-KIRUNDI.png","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2026\/06\/IMAGE-ARTICLE-KIRUNDI.png","width":1536,"height":1024},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2026\/06\/24\/burundi-seif-ntakamurenga-umunyagihugu-yapfuye-inyuma-yo-gukubitwa-cane-nimbonerakure\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Burundi : Seif Ntakamurenga, umunyagihugu yapfuye inyuma yo gukubitwa cane n\u2019imbonerakure"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/653","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=653"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/653\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":655,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/653\/revisions\/655"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/654"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=653"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=653"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=653"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}