{"id":508,"date":"2023-11-24T01:57:12","date_gmt":"2023-11-24T00:57:12","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=508"},"modified":"2023-11-24T02:17:17","modified_gmt":"2023-11-24T01:17:17","slug":"abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/","title":{"rendered":"Abadandaza i Bujumbura : &#8220;Imana yacu si Bayali, tuzobaho.&#8221;"},"content":{"rendered":"<p><strong>Uwu wa kane wari umusi wa nyuma wo kudandariza ku nkengera z\u2019ibisigarira vy\u2019isoko nkuru ya Bujumbura hamwe no mu mabarabara yo hagati mu gisagara ku bw\u2019ingingo y\u2019umukuru w\u2019igisagara ca Bujumbura. G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Jimmy Hatungimana asigura ko yafashe iyo ngingo ku mvo z\u2019umutekano hamwe n\u2019isuku rike rirangwa muri ivyo bibanza. Ariko bamwe mu badandaza basaba Reta y\u2019Uburundi kwisubirako kuko batabona ingene bagiye kubaho mu gihe abandi badandaza basa n\u2019abiyakiriye. (Le Mandat)<\/strong><\/p>\n<p>Benshi mu bo abamenyeshamakuru ba Le Mandat baganirije, bavuga ko iyo ngingo ataco bashobora kuyivugako kinini kubera ko ata bubasha bafise bwo kuyihindura. Umwe muri bo yavuze ati &#8220;Nta kundi, iyinizwe n\u2019amata nta wundi mwerera.&#8221; Ariko, abo badandaza babonye abaporisi barenganye, baca baririmbira rimwe ngo &#8220;Imana yacu si Bayali, tuzobaho.&#8221;<\/p>\n<p>Abo baporisi babwirwa bari mu bajejwe gukurikirana ishirwa mu ngiro ry\u2019iyo ngingo y\u2019umukuru w\u2019igisagara kuri uwu wa gatanu. Abandi bajejwe gukurikirana ishirwa mu ngiro ry\u2019iyo ngingo ku bwa Jimmy Hatungimana ni umuhanuzi wiwe ajejwe umutekano, <a href=\"https:\/\/www.facebook.com\/photo\/?fbid=317444821033544&amp;set=a.106838332094195\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">musitanteri wa komine Mukaza<\/a>, uwujejwe igiporisi mu gisagara ca Bujumbura hamwe n\u2019uwujejwe uruja n\u2019uruza n\u2019umutekano mu mabarabara.<\/p>\n<p>Abandi biboneka ko bazoba bafise igikorwa co gukurikirana ishirwa mu ngiro ry&#8217;iyo ngingo y&#8217;umukuru w&#8217;igisagara ca Bujumbura ni <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/imbonerakure-zo-mu-nyakabiga-zishe-umunyagihugu-zita-ikiziga-mu-ntahangwa\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">imbonerakure z&#8217;umugambwe CNDD-FDD<\/a>. Kuri uwu wa kane, urwo rwaruka rw&#8217;umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi rwari rwitwaje ivyuma birungika amajwi kure, ruca aho hahoze isoko nkuru ya Bujumbura rugenda ruragabisha abo badandaza ko abatazokwubahiriza iyo ngingo bazokwibonerako.<\/p>\n<p><strong><em>Soma n\u2019iyi<\/em> <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ?<\/a><\/strong><\/p>\n<p>Mu burengero bw\u2019iyahoze ari isoko nkuru ya Bujumbura, harabana na Posita n\u2019inyubako bita Galerie Plaza hamwe no mu buseruko bwaho cane cane haruguru y\u2019ahazwi kw\u2019izina rya Le Grenier du Burundi niho harangurirwa cane urudandazwa kuko mu buraruko no mu bumanuko bw\u2019ivyo bisigarira vy\u2019isoko, hari ibituro vy\u2019imiduga yunguruza abantu n\u2019ibintu igana mu bice bitandukanye vy\u2019igisagara ca Bujumbura.<\/p>\n<p>Kuri uwu wa kane, ivyariko birahadandarizwa ni inanasi, imicungwe, imyembe, amakaroti, imisoma, ibitunguru, indagara, ibiyoba, imikate, intore, uburobe, amasabuni, ibirato, impuzu, imiringa, n\u2019ibindi.<\/p>\n<p>Umwe mu badandaza impuzu, yasa n&#8217;uwiyakiriye, yaguma asemerera ahamagara abakiriya ati &#8220;Ndahombesha, ndahombesha, ejo ni urugendo rw\u2019amahoro.&#8221;<\/p>\n<p>Muri abo badandaza harimwo n&#8217;abakenyezi. Umwe muri abo bakenyezi yatakambiye umukuru w&#8217;igisagara ca Bujumbura amusaba ko yobareka bakabanya bacururiza muri ivyo bibanza kuko ngo bahirukanywe batabona ingene bazoshobora kubaho bagatunga n&#8217;imiryango yabo.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Ingingo yo kubirukana mu gisagara bayakiranye agahinda kenshi\" width=\"640\" height=\"360\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/6w45l_rQNxo?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Uwu wa kane wari umusi wa nyuma wo kudandariza ku nkengera z\u2019ibisigarira vy\u2019isoko nkuru ya Bujumbura hamwe no mu mabarabara yo hagati mu gisagara ku bw\u2019ingingo y\u2019umukuru w\u2019igisagara ca Bujumbura. G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Jimmy Hatungimana asigura ko yafashe iyo ngingo ku mvo z\u2019umutekano hamwe n\u2019isuku rike rirangwa muri ivyo bibanza. Ariko bamwe mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":510,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[10],"tags":[27],"class_list":["post-508","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-intwaro","tag-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Abadandaza i Bujumbura : &quot;Imana yacu si Bayali, tuzobaho.&quot; -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abadandaza i Bujumbura : &quot;Imana yacu si Bayali, tuzobaho.&quot; -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Uwu wa kane wari umusi wa nyuma wo kudandariza ku nkengera z\u2019ibisigarira vy\u2019isoko nkuru ya Bujumbura hamwe no mu mabarabara yo hagati mu gisagara ku bw\u2019ingingo y\u2019umukuru w\u2019igisagara ca Bujumbura. G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Jimmy Hatungimana asigura ko yafashe iyo ngingo ku mvo z\u2019umutekano hamwe n\u2019isuku rike rirangwa muri ivyo bibanza. Ariko bamwe mu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-11-24T00:57:12+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-11-24T01:17:17+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/PHOTO-ARTICLE-ABADANDAZA-241123.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"798\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"449\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Abadandaza i Bujumbura : &#8220;Imana yacu si Bayali, tuzobaho.&#8221;\",\"datePublished\":\"2023-11-24T00:57:12+00:00\",\"dateModified\":\"2023-11-24T01:17:17+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/\"},\"wordCount\":428,\"commentCount\":0,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/PHOTO-ARTICLE-ABADANDAZA-241123.jpg\",\"keywords\":[\"Burundi\"],\"articleSection\":[\"INTWARO\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/\",\"name\":\"Abadandaza i Bujumbura : \\\"Imana yacu si Bayali, tuzobaho.\\\" -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/PHOTO-ARTICLE-ABADANDAZA-241123.jpg\",\"datePublished\":\"2023-11-24T00:57:12+00:00\",\"dateModified\":\"2023-11-24T01:17:17+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/PHOTO-ARTICLE-ABADANDAZA-241123.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/PHOTO-ARTICLE-ABADANDAZA-241123.jpg\",\"width\":798,\"height\":449},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abadandaza i Bujumbura : &#8220;Imana yacu si Bayali, tuzobaho.&#8221;\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abadandaza i Bujumbura : \"Imana yacu si Bayali, tuzobaho.\" -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Abadandaza i Bujumbura : \"Imana yacu si Bayali, tuzobaho.\" -","og_description":"Uwu wa kane wari umusi wa nyuma wo kudandariza ku nkengera z\u2019ibisigarira vy\u2019isoko nkuru ya Bujumbura hamwe no mu mabarabara yo hagati mu gisagara ku bw\u2019ingingo y\u2019umukuru w\u2019igisagara ca Bujumbura. G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Jimmy Hatungimana asigura ko yafashe iyo ngingo ku mvo z\u2019umutekano hamwe n\u2019isuku rike rirangwa muri ivyo bibanza. Ariko bamwe mu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/","article_published_time":"2023-11-24T00:57:12+00:00","article_modified_time":"2023-11-24T01:17:17+00:00","og_image":[{"width":798,"height":449,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/PHOTO-ARTICLE-ABADANDAZA-241123.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Abadandaza i Bujumbura : &#8220;Imana yacu si Bayali, tuzobaho.&#8221;","datePublished":"2023-11-24T00:57:12+00:00","dateModified":"2023-11-24T01:17:17+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/"},"wordCount":428,"commentCount":0,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/PHOTO-ARTICLE-ABADANDAZA-241123.jpg","keywords":["Burundi"],"articleSection":["INTWARO"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/","name":"Abadandaza i Bujumbura : \"Imana yacu si Bayali, tuzobaho.\" -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/PHOTO-ARTICLE-ABADANDAZA-241123.jpg","datePublished":"2023-11-24T00:57:12+00:00","dateModified":"2023-11-24T01:17:17+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/PHOTO-ARTICLE-ABADANDAZA-241123.jpg","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/11\/PHOTO-ARTICLE-ABADANDAZA-241123.jpg","width":798,"height":449},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/11\/24\/abadandaza-i-bujumbura-imana-yacu-si-bayali-tuzobaho\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abadandaza i Bujumbura : &#8220;Imana yacu si Bayali, tuzobaho.&#8221;"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/508","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=508"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/508\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":511,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/508\/revisions\/511"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/510"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=508"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=508"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=508"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}