{"id":496,"date":"2023-10-06T07:43:09","date_gmt":"2023-10-06T06:43:09","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=496"},"modified":"2023-10-06T07:44:18","modified_gmt":"2023-10-06T06:44:18","slug":"burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/","title":{"rendered":"Burundi\u00a0: Abagumyabanga ba CNDD-FDD buca bahabwa indongozi nshasha"},"content":{"rendered":"<p>Mu mihingo itandukanye y\u2019igihugu, abanywanyi ba CNDD-FDD barararitswe kwitaba ibikorwa rusangi vyo kuri uwu wa gatandatu igihe c\u2019isaha zitatu zo mu gatondo. Itororokanirizo ry\u2019amakuru Le Mandat ryamenye ko ivyo bikorwa rusangi bizotunganirizwa ku mirwa mikuru y\u2019intara 5 zitegekanywa n\u2019<a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/07\/30\/burundi-ishingwa-ryimbibe-nshasha-zintara-rinyegeje-inyungu-zo-mu-matora\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">indinganizo nshasha<\/a>\u00a0ari zo Buhumuza, Bujumbura, Burunga, Butanyerera na Gitega. Amakuru twaronse avuga kandi ko abanywanyi b\u2019uwo mugambwe mu ntara ya Bujumbura igizwe n\u2019amakomine ya Bubanza, Bukinanyana, Cibitoke, Isare, Mpanda, Mugere, Mugina, Muhuta, Mukaza, Ntahangwa na Rwibaga bazohurira ku kibuga c\u2019umupira w\u2019amaguru citiriwe Intwari mu gisagara ca Bujumbura.<\/p>\n<p>Ariko, ico benshi muri abo banywanyi ba CNDD-FDD batazi ni uko muri buri ntara, abazoja muri ivyo bikorwa rusangi bazotegekwa kwemeza bakomye amashi indongozi nshasha.<\/p>\n<p><strong><em>Soma n&#8217;iyi<\/em> <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ?<\/a><\/strong><\/p>\n<p>Igihe c\u2019isaha cumi na zibiri zo mu gatondo niho bitegekanijwe ko abazotunganya ivyo bikorwa muri buri ntara bazohabwa izina rishasha ry\u2019umunyamabanga azorongora uwo mugambwe uri ku butegetsi mu ntara.<\/p>\n<p>Inyuma y\u2019ukwemeza izo ndongozi nshasha za CNDD-FDD ku rwego rw\u2019intara, hategekanywa ko no ku zindi nzego zose zo hasi z&#8217;uwo mugambwe hashingwa inzego nshasha ku bw\u2019amakuru twaronse. Ayo makuru nyene avuga ko n\u2019inzego <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/27\/amatora-muri-cndd-fdd-abagumyabanga-barasubira-kubuzwa-gutora\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">ziherutse gushingwa na R\u00e9v\u00e9rien Ndikuriyo mu mazone atandukanye y&#8217;igihugu<\/a>\u00a0hisunzwe indinganizo nshasha y\u2019imbibe z\u2019intara zizofutwa hagashingwa izindi nshasha.<\/p>\n<p>Ivyo biri uko mu gihe muri CNDD-FDD, hasanzwe hari inyinyurana hagati y\u2019<a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/22\/burundi-ni-nde-azokurikirana-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-ahemukiye-igihugu\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">umukuru w&#8217;igihugu Evariste Ndayishimiye<\/a> n\u2019umunyamabanga mukuru w\u2019uwo mugambwe R\u00e9verien Ndikuriyo, bapfa ikibanza co guserukira uwo mugambwe nyene mu matora y&#8217;umukuru w&#8217;igihugu yo mu 2027.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu mihingo itandukanye y\u2019igihugu, abanywanyi ba CNDD-FDD barararitswe kwitaba ibikorwa rusangi vyo kuri uwu wa gatandatu igihe c\u2019isaha zitatu zo mu gatondo. Itororokanirizo ry\u2019amakuru Le Mandat ryamenye ko ivyo bikorwa rusangi bizotunganirizwa ku mirwa mikuru y\u2019intara 5 zitegekanywa n\u2019indinganizo nshasha\u00a0ari zo Buhumuza, Bujumbura, Burunga, Butanyerera na Gitega. Amakuru twaronse avuga kandi ko abanywanyi b\u2019uwo mugambwe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":497,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[12],"tags":[27],"class_list":["post-496","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-poritike","tag-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Burundi\u00a0: Abagumyabanga ba CNDD-FDD buca bahabwa indongozi nshasha -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Burundi\u00a0: Abagumyabanga ba CNDD-FDD buca bahabwa indongozi nshasha -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu mihingo itandukanye y\u2019igihugu, abanywanyi ba CNDD-FDD barararitswe kwitaba ibikorwa rusangi vyo kuri uwu wa gatandatu igihe c\u2019isaha zitatu zo mu gatondo. Itororokanirizo ry\u2019amakuru Le Mandat ryamenye ko ivyo bikorwa rusangi bizotunganirizwa ku mirwa mikuru y\u2019intara 5 zitegekanywa n\u2019indinganizo nshasha\u00a0ari zo Buhumuza, Bujumbura, Burunga, Butanyerera na Gitega. Amakuru twaronse avuga kandi ko abanywanyi b\u2019uwo mugambwe [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-10-06T06:43:09+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-10-06T06:44:18+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/CNDD-FDD-LOGO.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"400\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"400\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Burundi\u00a0: Abagumyabanga ba CNDD-FDD buca bahabwa indongozi nshasha\",\"datePublished\":\"2023-10-06T06:43:09+00:00\",\"dateModified\":\"2023-10-06T06:44:18+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/\"},\"wordCount\":272,\"commentCount\":0,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/CNDD-FDD-LOGO.jpg\",\"keywords\":[\"Burundi\"],\"articleSection\":[\"PORITIKE\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/\",\"name\":\"Burundi\u00a0: Abagumyabanga ba CNDD-FDD buca bahabwa indongozi nshasha -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/CNDD-FDD-LOGO.jpg\",\"datePublished\":\"2023-10-06T06:43:09+00:00\",\"dateModified\":\"2023-10-06T06:44:18+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/CNDD-FDD-LOGO.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/CNDD-FDD-LOGO.jpg\",\"width\":400,\"height\":400},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Burundi\u00a0: Abagumyabanga ba CNDD-FDD buca bahabwa indongozi nshasha\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Burundi\u00a0: Abagumyabanga ba CNDD-FDD buca bahabwa indongozi nshasha -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Burundi\u00a0: Abagumyabanga ba CNDD-FDD buca bahabwa indongozi nshasha -","og_description":"Mu mihingo itandukanye y\u2019igihugu, abanywanyi ba CNDD-FDD barararitswe kwitaba ibikorwa rusangi vyo kuri uwu wa gatandatu igihe c\u2019isaha zitatu zo mu gatondo. Itororokanirizo ry\u2019amakuru Le Mandat ryamenye ko ivyo bikorwa rusangi bizotunganirizwa ku mirwa mikuru y\u2019intara 5 zitegekanywa n\u2019indinganizo nshasha\u00a0ari zo Buhumuza, Bujumbura, Burunga, Butanyerera na Gitega. Amakuru twaronse avuga kandi ko abanywanyi b\u2019uwo mugambwe [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/","article_published_time":"2023-10-06T06:43:09+00:00","article_modified_time":"2023-10-06T06:44:18+00:00","og_image":[{"width":400,"height":400,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/CNDD-FDD-LOGO.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Burundi\u00a0: Abagumyabanga ba CNDD-FDD buca bahabwa indongozi nshasha","datePublished":"2023-10-06T06:43:09+00:00","dateModified":"2023-10-06T06:44:18+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/"},"wordCount":272,"commentCount":0,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/CNDD-FDD-LOGO.jpg","keywords":["Burundi"],"articleSection":["PORITIKE"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/","name":"Burundi\u00a0: Abagumyabanga ba CNDD-FDD buca bahabwa indongozi nshasha -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/CNDD-FDD-LOGO.jpg","datePublished":"2023-10-06T06:43:09+00:00","dateModified":"2023-10-06T06:44:18+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/CNDD-FDD-LOGO.jpg","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/10\/CNDD-FDD-LOGO.jpg","width":400,"height":400},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/10\/06\/burundi-abagumyabanga-ba-cndd-fdd-buca-bahabwa-indongozi-nshasha\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Burundi\u00a0: Abagumyabanga ba CNDD-FDD buca bahabwa indongozi nshasha"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/496","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=496"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/496\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":498,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/496\/revisions\/498"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/497"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=496"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=496"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=496"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}