{"id":483,"date":"2023-07-12T06:05:13","date_gmt":"2023-07-12T05:05:13","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=483"},"modified":"2023-07-12T06:07:50","modified_gmt":"2023-07-12T05:07:50","slug":"burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/","title":{"rendered":"Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe"},"content":{"rendered":"<p><strong>Ibirato vy&#8217;abasirikare batari bake bo mu Burundi birashaje. Bimwe vyaratabaguritse, ibindi vyarahengamye kubera guhera. Ingorane ihari muri kino gihe ni uko n&#8217;ibirato bishasha igisirikare c&#8217;Uburundi giheruka kugura basanze bija mu kuguru kumwe. (Le Mandat)<\/strong><\/p>\n<p>Amakuru itororokanirizo ry&#8217;amakuru Le Mandat ryaronse ni uko, mu mwaka w&#8217;2022, igisirikare c&#8217;Uburundi cahaye isoko umugwizatunga Adrien Ntigacika batazira Ziranotse ngo azane ibirato vy&#8217;abasirikare bita amabotine. Uwo mugwizatunga ngo yahawe imiriyaridi 15 z&#8217;amarundi. Amasoko yacu avuga ko Ntigacika yaciye atumako ivyo birato mu gihugu ca Qatar. Ingorane yahabaye ni uko, bagiye gupakurura amakonteneri vyajemwo, ngo basanze ibirato bikwiye ariko vyose ari ivy&#8217;ukuguru kw&#8217;i buryo.<\/p>\n<p><strong><em>Soma n&#8217;iyi<\/em>\u00a0<a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/02\/burundi-abasirikare-bidogera-impuzu-nshasha-ziseruka\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Burundi : Abasirikare bidogera impuzu nshasha ziseruka<\/a><\/strong><\/p>\n<p>Igisirikare kironse iyo nkuru ngo caciye kibwira Adrien Ntigacika ko yogira uko ashoboye kwose kugira ngo abasirikare baronke umwambaro wabo mushasha w&#8217;ibirato imbere y&#8217;itariki 20 z&#8217;ukwezi kwa gatanu. Ariko ntivyakunze. Amasoko yacu avuga ko ico kibazo cahavuye gishikira umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi. <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/22\/burundi-ni-nde-azokurikirana-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-ahemukiye-igihugu\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Evariste Ndayishimiye<\/a> aca ategeka ko ivyo birato biboneka imbere y&#8217;uko itariki 1 y&#8217;ukwezi kw&#8217;indwi igera. Ariko naho nyene ntivyakunze. Abasirikare bahimbaje imyaka 61 Uburundi bumaze bwikukiye batararonka ibirato vyabo bishasha. Umwe mu basirikare yatubwiye ati &#8220;ni akamaramaza, ehe raba abaporisi barashajije kuko baronse ibirato bishasha, ariko twebwe twambara ivyaheze.&#8221;<\/p>\n<p>Mu ntango z&#8217;uku kwezi kw&#8217;indwi, igisirikare c&#8217;Uburundi caratumyeko Adrien Ntigacika batazira Ziranotse ngo yisigure. Ariko, gushika ubu, nta nyishu iratorwa kuko ku bw&#8217;amasoko yacu, muri Qatar, baranse ko ibirato bisubizwayo. Uwo mugwizatunga ngo vyaramushavuje, akaba atipfuza kugurira ibindi birato kuri abo badandaza barenze amasezerano. Adrien Ntigacika batazira Ziranotse yaciye asaba ko yopfuma asubiza imiriyaridi 15 yari yahawe ariko mu gisirikare baravyanse ngo bakeneye ibirato gusa.<\/p>\n<p>Ntitwashoboye kuronka umuvugizi w&#8217;igisirikare\u00a0<a href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=0gO1zjzoy3c\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Floribert Biyereke<\/a> hamwe n&#8217;umugwizatunga Adrien Ntigacika kugira tumenye ibitegekanywa kugira ngo abasirikare b&#8217;Uburundi bababa ibihumbi mirongo itatu baronswe ibirato bishasha.<\/p>\n<p>Iyo ngorane y&#8217;ibirato yibonekeje mu gihe n&#8217;impuzu nshasha abasirikare baheruka guhabwa basanze <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/02\/burundi-abasirikare-bidogera-impuzu-nshasha-ziseruka\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">ziseruka bazimeshe rimwe gusa<\/a>.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ibirato vy&#8217;abasirikare batari bake bo mu Burundi birashaje. Bimwe vyaratabaguritse, ibindi vyarahengamye kubera guhera. Ingorane ihari muri kino gihe ni uko n&#8217;ibirato bishasha igisirikare c&#8217;Uburundi giheruka kugura basanze bija mu kuguru kumwe. (Le Mandat) Amakuru itororokanirizo ry&#8217;amakuru Le Mandat ryaronse ni uko, mu mwaka w&#8217;2022, igisirikare c&#8217;Uburundi cahaye isoko umugwizatunga Adrien Ntigacika batazira Ziranotse ngo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":486,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[10],"tags":[27],"class_list":["post-483","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-intwaro","tag-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ibirato vy&#8217;abasirikare batari bake bo mu Burundi birashaje. Bimwe vyaratabaguritse, ibindi vyarahengamye kubera guhera. Ingorane ihari muri kino gihe ni uko n&#8217;ibirato bishasha igisirikare c&#8217;Uburundi giheruka kugura basanze bija mu kuguru kumwe. (Le Mandat) Amakuru itororokanirizo ry&#8217;amakuru Le Mandat ryaronse ni uko, mu mwaka w&#8217;2022, igisirikare c&#8217;Uburundi cahaye isoko umugwizatunga Adrien Ntigacika batazira Ziranotse ngo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-07-12T05:05:13+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-07-12T05:07:50+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/PHOTO-GITEGA-010723.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe\",\"datePublished\":\"2023-07-12T05:05:13+00:00\",\"dateModified\":\"2023-07-12T05:07:50+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/\"},\"wordCount\":331,\"commentCount\":0,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/PHOTO-GITEGA-010723.jpg\",\"keywords\":[\"Burundi\"],\"articleSection\":[\"INTWARO\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/\",\"name\":\"Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/PHOTO-GITEGA-010723.jpg\",\"datePublished\":\"2023-07-12T05:05:13+00:00\",\"dateModified\":\"2023-07-12T05:07:50+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/PHOTO-GITEGA-010723.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/PHOTO-GITEGA-010723.jpg\",\"width\":1080,\"height\":720},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe -","og_description":"Ibirato vy&#8217;abasirikare batari bake bo mu Burundi birashaje. Bimwe vyaratabaguritse, ibindi vyarahengamye kubera guhera. Ingorane ihari muri kino gihe ni uko n&#8217;ibirato bishasha igisirikare c&#8217;Uburundi giheruka kugura basanze bija mu kuguru kumwe. (Le Mandat) Amakuru itororokanirizo ry&#8217;amakuru Le Mandat ryaronse ni uko, mu mwaka w&#8217;2022, igisirikare c&#8217;Uburundi cahaye isoko umugwizatunga Adrien Ntigacika batazira Ziranotse ngo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/","article_published_time":"2023-07-12T05:05:13+00:00","article_modified_time":"2023-07-12T05:07:50+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":720,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/PHOTO-GITEGA-010723.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe","datePublished":"2023-07-12T05:05:13+00:00","dateModified":"2023-07-12T05:07:50+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/"},"wordCount":331,"commentCount":0,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/PHOTO-GITEGA-010723.jpg","keywords":["Burundi"],"articleSection":["INTWARO"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/","name":"Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/PHOTO-GITEGA-010723.jpg","datePublished":"2023-07-12T05:05:13+00:00","dateModified":"2023-07-12T05:07:50+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/PHOTO-GITEGA-010723.jpg","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/07\/PHOTO-GITEGA-010723.jpg","width":1080,"height":720},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/07\/12\/burundi-abasirikare-baguriwe-ibirato-bija-mu-kuguru-kumwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Burundi : Abasirikare baguriwe ibirato bija mu kuguru kumwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/483","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=483"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/483\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":487,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/483\/revisions\/487"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/486"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=483"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=483"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=483"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}