{"id":472,"date":"2023-06-25T15:32:35","date_gmt":"2023-06-25T14:32:35","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=472"},"modified":"2023-06-25T15:33:38","modified_gmt":"2023-06-25T14:33:38","slug":"abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/","title":{"rendered":"Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo"},"content":{"rendered":"<p><strong>Abarwanyi b&#8217;abarundi bari muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo barasubiye inyuma baja gushinga ibirindiro vyabo mu bumanuko bw&#8217;intara ya Kivu y&#8217;Epfo inyuma y&#8217;ugusatirwa n&#8217;abasirikare ba Reta y&#8217;Uburundi bari kumwe n&#8217;aba Reta ya Kongo ku bw&#8217;icegeranyo c&#8217;abahinga ba ONU. Abo bahinga ba ONU bajejwe kuraba ibibera muri Kongo bamenyesha ko, haheze amezi atari make, igisirikare c&#8217;Uburundi kiguma gitera abarwanyi ba FNL kubera ko vyabonetse ko umukuru w&#8217;urwego rwabo rwa gisirikare Aloys Nzabampema yari afitaniye imigenderanire n&#8217;uwahoze ari umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni ubu apfunzwe kuva mu kwezi kwa kane. (Le Mandat)\u00a0<\/strong><\/p>\n<p>Mu cegeranyo co muri Kigarama mu mwaka uheze w&#8217;2022, umugwi w&#8217;abahinga ba ONU bajejwe Kongo wavuze ko inyuma y&#8217;ugutana mu mitwe igihe kirekire na RED-Tabara muri kahise muri Kivu y&#8217;Epfo, &#8220;ibitero vy&#8217;igisirikare c&#8217;Uburundi gifadikanije n&#8217;ica Kongo vyatandukiriye abarwanyi ba FNL kuva muri Nyakanga mu 2022&#8221;. Ku bw&#8217;abo bahinga, &#8220;amasoko menshi yavuze ko uguhindura abagirwako ibitero cane vyatewe n&#8217;uko uwurongoye igisirikare ca FNL Nzabampema yari afitaniye imigenderanire n&#8217;<a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/07\/burundi-ubwo-amasezerano-hagati-ya-ndayishimiye-na-bunyoni-hari-ico-azovamwo\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">uwahoze ari umushikiranganji wa mbere w&#8217;Uburundi Alain Guillaume Bunyoni<\/a>&#8220;.<\/p>\n<p><strong><em>Soma n&#8217;iyi<\/em>\u00a0<a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/07\/burundi-ubwo-amasezerano-hagati-ya-ndayishimiye-na-bunyoni-hari-ico-azovamwo\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Burundi : Ubwo &#8220;amasezerano&#8221; hagati ya Ndayishimiye na Bunyoni hari ico azovamwo ?<\/a>\u00a0<\/strong><\/p>\n<p>Mu cegeranyo cabo ca nyuma bashikirije mu nama y&#8217;umutekano ya ONU yo ku wa 19 Ruheshi 2023, abo bahinga bavuga ibijanye n&#8217;ukwiyongera kw&#8217;ubugenzi hagati y&#8217;imigwi yitwaje ibirwanisho y&#8217;Abarundi. &#8220;Igisirikare c&#8217;Uburundi cagumye kibandanya kija mu bumanuko bwa Kivu y&#8217;Epfo gikurikira RED-Tabara na FNL, ariko umugwi FNL niwo gusa watewe. Urunani rugizwe n&#8217;igisirikare c&#8217;Uburundi n&#8217;ica Kongo rwararwanye na FNL, hagati y&#8217;ukwezi kwa mbere n&#8217;ukwa gatatu uwu mwaka w&#8217;2023, muri segiteri Itombwe, mu gace ka Mwenga. Inyuma y&#8217;intambara zo mu mpera z&#8217;ukwezi kwa gatatu, abarwanyi ba FNL barongowe na Aloys Nzabampema baciye bimuka bagana mu bumanuko muri segiteri Lulenge hafi y&#8217;ibirindiro vya RED-Tabara.&#8221;<\/p>\n<p><strong><em>Soma n&#8217;iyi<\/em>\u00a0<a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/03\/burundi-umushikiranganji-ndirakobuca-yoba-agira-yihagire-inzu-yuwahoze-ari-umuhuza\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Burundi : Umushikiranganji Ndirakobuca yoba agira yihagire inzu y&#8217;uwahoze ari umuhuza ?<\/a><\/strong><\/p>\n<p>Ku bw&#8217;ico cegeranyo nyene, imigwi yitwaje ibirwanisho yabandanije igira inani canke amasezerano muri Kivu y&#8217;Epfo, mu ntumbero yo kurwanya urunani rugizwe n&#8217;igisirikare c&#8217;Uburundi FDNB n&#8217;ica Kongo FARDC, canke ikaja hamwe kugira ngo irwanye RED-Tabara canke Twirwaneho canke M23. &#8220;Kuva mu mpera za 2022, umugwi CNRD n&#8217;iyindi migwi y&#8217;aba Ma\u00ef-Ma\u00ef nka Ma\u00ef-Ma\u00ef Kapapa na Ma\u00ef-Ma\u00ef Kijangala, baragize amanama menshi kugira ngo bafashanye n&#8217;urunani rugizwe n&#8217;igisirikare c&#8217;Uburundi n&#8217;ica Kongo hamwe na Gumino mu kurwanya RED-Tabara. Muri rusangi, biboneka ko imigwi myinshi y&#8217;aba Ma\u00ef-Ma\u00ef yagiye ku ruhande rw&#8217;igisirikare c&#8217;Uburundi n&#8217;ica Kongo kubera ko itinya kuzimangana.&#8221;<\/p>\n<p>Abahinga ba ONU kuri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo bamenyesha ko, ku ruhande rwayo, imigwi FNL na RED-Tabara yatsimbataje imigenderanire hagati yayo kubera ko yari isugerejwe aho mu ntara ya Kivu yo mu bumanuko mu buseruko bwa Repuburika ya Demokarasi ya Kongo.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abarwanyi b&#8217;abarundi bari muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo barasubiye inyuma baja gushinga ibirindiro vyabo mu bumanuko bw&#8217;intara ya Kivu y&#8217;Epfo inyuma y&#8217;ugusatirwa n&#8217;abasirikare ba Reta y&#8217;Uburundi bari kumwe n&#8217;aba Reta ya Kongo ku bw&#8217;icegeranyo c&#8217;abahinga ba ONU. Abo bahinga ba ONU bajejwe kuraba ibibera muri Kongo bamenyesha ko, haheze amezi atari make, igisirikare c&#8217;Uburundi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":473,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[14],"tags":[27],"class_list":["post-472","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-umutekano","tag-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abarwanyi b&#8217;abarundi bari muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo barasubiye inyuma baja gushinga ibirindiro vyabo mu bumanuko bw&#8217;intara ya Kivu y&#8217;Epfo inyuma y&#8217;ugusatirwa n&#8217;abasirikare ba Reta y&#8217;Uburundi bari kumwe n&#8217;aba Reta ya Kongo ku bw&#8217;icegeranyo c&#8217;abahinga ba ONU. Abo bahinga ba ONU bajejwe kuraba ibibera muri Kongo bamenyesha ko, haheze amezi atari make, igisirikare c&#8217;Uburundi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-06-25T14:32:35+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-06-25T14:33:38+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/PHOTO-NEVA-TSHISEKEDI-060523.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"892\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1280\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo\",\"datePublished\":\"2023-06-25T14:32:35+00:00\",\"dateModified\":\"2023-06-25T14:33:38+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/\"},\"wordCount\":492,\"commentCount\":0,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/PHOTO-NEVA-TSHISEKEDI-060523.jpg\",\"keywords\":[\"Burundi\"],\"articleSection\":[\"UMUTEKANO\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/\",\"name\":\"Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/PHOTO-NEVA-TSHISEKEDI-060523.jpg\",\"datePublished\":\"2023-06-25T14:32:35+00:00\",\"dateModified\":\"2023-06-25T14:33:38+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/PHOTO-NEVA-TSHISEKEDI-060523.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/PHOTO-NEVA-TSHISEKEDI-060523.jpg\",\"width\":892,\"height\":1280},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo -","og_description":"Abarwanyi b&#8217;abarundi bari muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo barasubiye inyuma baja gushinga ibirindiro vyabo mu bumanuko bw&#8217;intara ya Kivu y&#8217;Epfo inyuma y&#8217;ugusatirwa n&#8217;abasirikare ba Reta y&#8217;Uburundi bari kumwe n&#8217;aba Reta ya Kongo ku bw&#8217;icegeranyo c&#8217;abahinga ba ONU. Abo bahinga ba ONU bajejwe kuraba ibibera muri Kongo bamenyesha ko, haheze amezi atari make, igisirikare c&#8217;Uburundi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/","article_published_time":"2023-06-25T14:32:35+00:00","article_modified_time":"2023-06-25T14:33:38+00:00","og_image":[{"width":892,"height":1280,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/PHOTO-NEVA-TSHISEKEDI-060523.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo","datePublished":"2023-06-25T14:32:35+00:00","dateModified":"2023-06-25T14:33:38+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/"},"wordCount":492,"commentCount":0,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/PHOTO-NEVA-TSHISEKEDI-060523.jpg","keywords":["Burundi"],"articleSection":["UMUTEKANO"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/","name":"Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/PHOTO-NEVA-TSHISEKEDI-060523.jpg","datePublished":"2023-06-25T14:32:35+00:00","dateModified":"2023-06-25T14:33:38+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/PHOTO-NEVA-TSHISEKEDI-060523.jpg","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/06\/PHOTO-NEVA-TSHISEKEDI-060523.jpg","width":892,"height":1280},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/06\/25\/abahinga-ba-onu-ngo-abarwanyi-ba-fnl-na-red-tabara-barasugerejwe-muri-kongo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abahinga ba ONU ngo abarwanyi ba FNL na RED-Tabara barasugerejwe muri Kongo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/472","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=472"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/472\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":474,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/472\/revisions\/474"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/473"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=472"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=472"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=472"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}