{"id":429,"date":"2023-05-13T03:13:25","date_gmt":"2023-05-13T02:13:25","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=429"},"modified":"2023-05-13T09:27:00","modified_gmt":"2023-05-13T08:27:00","slug":"burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/","title":{"rendered":"Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ?"},"content":{"rendered":"<p><strong>Zimaze imisi mu manama yo kwitegurira amatora yimirije. I ruhande y\u2019inyigisho umugambwe CNDD-FDD wita iz\u2019ugukunda igihugu, imbonerakure zo mu mihingo itandukanye zigishwa, muri kino gihe, ukudurumbanya ibikorwa vya poritike vy\u2019abatavuga rumwe n\u2019uwo mugambwe uri ku butegetsi. Abakerebutse kurusha abandi muri abo &#8220;bakeba&#8221; ngo ni &#8220;ukubakorerako&#8221;. Izo nyigisho ziriko zitangwa inyuma y\u2019aho muri buri zone zigize igihugu c\u2019Uburundi, imbonerakure zitanu zitanu ziheruka guhabwa ivyuma vyo gutumatumanako bikorana n&#8217;ivy\u2019abajejwe umutekano bizwi cane kw\u2019izina rya Motorora. (Le Mandat)<\/strong><\/p>\n<p>Motorora 2 nininini zahawe imbonerakure zifatwa ko ziri mu zikerebutse kurusha izindi muri buri zone igize igihugu c\u2019Uburundi kuva mu mpera z\u2019ukwezi kwa kabiri. Motorora nini zirenga 600, zihuye n\u2019amazone arenga 300, nizo zahawe izo mbonerakure zijejwe gufasha mu gutanga amakuru ajanye n\u2019umutekano mu gihugu cose. Izo Motorora nini, zakorewe mu gihugu ca Maleziya, zikorana n\u2019ivyuma vyo gutumatumanako vy\u2019abasirikare, abaporisi hamwe n\u2019abakozi b\u2019iperereza. Muri buri zone hari izindi Motorora 3 ntonto zatanguye gutangwa ku mbonerakure. Aho zitandukaniye n\u2019izo za mbere ni uko zidakorana n\u2019iz\u2019abajejwe umutekano. Imbonerakure zizihabwa zivugana n\u2019izindi mbonerakure ziri ku birometero bitarenga mirongo ibiri ku bw\u2019amasoko yacu. Izo Motorora nto zizorenga 900 ni zahabwa imbonerakure zitatu zitatu muri buri zone.<\/p>\n<p><strong><em>Soma n\u2019iyi<\/em>\u00a0<a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/25\/burundi-imbonerakure-zishe-umunyagihugu-zita-ikiziga-mu-ntahangwa\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Burundi : Imbonerakure zishe umunyagihugu, zita ikiziga mu Ntahangwa.<\/a><\/strong><\/p>\n<p>Mu kwezi kwa kabiri, zigitangura gutangwa, umugambwe CNDD-FDD wari wahaye uruhusha abanywanyi bawo rwo kugura izo Motorora. Motorora nini zagurwa ibihumbi 180 vy\u2019amarundi. Zirya nto nazo zagurwa ibihumbi 150. Muri kino gihe, abanyamugambwe bari baguze Motorora nini zikorana n\u2019iz\u2019abajejwe umutekano bategetswe kuzisubiza. Motorora zimeze gurtyo zikaba zahawe izo mbonerakure zibiri zibiri mw&#8217;izone ku buntu. Ariko abanywanyi ba CNDD-FDD bari bamaze kugura Motorora nto z\u2019ibihumbi 150 barazigumanye. Ubwo bwoko bubiri bwa Motorora, ico gihe, bukaba bwagurishirizwa ku ngoro nkuru y\u2019umugambwe CNDD-FDD mu Ngagara nk\u2019uko amasoko y\u2019itororokanirizo ry\u2019amakuru Le Mandat abivuga.<\/p>\n<p><strong>Uguhohotera &#8220;abakeba&#8221;<\/strong><\/p>\n<p>Mu nama zimwe zimwe umugambwe CNDD-FDD ukoranya mu mihingo itandukanye kuva mu ntango z\u2019uku kwezi kwa gatanu, imbonerakure zitegekwa kudurumbanya ibikorwa vy\u2019abatavuga rumwe na CNDD-FDD gushika <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/07\/30\/burundi-ishingwa-ryimbibe-nshasha-zintara-rinyegeje-inyungu-zo-mu-matora\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">mu matora yo mu 2025<\/a>. Muri kino gihe, abatavuga rumwe na CNDD-FDD baboneka cane ku rubuga bakaba ari abanywanyi b\u2019umugambwe CNL. Umwe mu bagirishije inama imbonerakure mu gisagara ca Bujumbura ngo yavuze ati &#8220;Ntimuzobemerere ko barangura ibikorwa vyabo mu mwidegemvyo. Abo muzobona bateye amakenga cane muri bo muzoce mutanga amakuru mu nzego z\u2019umugambwe bakorerweko.&#8221; Umwe mu mbonerakure yatubwiye ko bavuze ngo bazobakorerako bisigura ko abo banywanyi ba CNL, bazoba babaye intambamyi mu bikorwa vy\u2019ububisha vy\u2019imbonerakure, bashobora kwicwa canke bakanyuruzwa bakaburwa irengero. Iyo mbonerakure yatubwiye ko kenshi muri ivyo bikorwa vyo kunyuruza abanyagihugu, abakozi b\u2019iperereza baza imbere.<\/p>\n<p><strong><em>Soma n\u2019iyo<\/em>\u00a0<a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Muyinga : Ubwo umukenyezi, yatsindagiwemwo inshinge mu mahaha n&#8217;imbonerakure, azohava akira?<\/a><\/strong><\/p>\n<p>Mu myaka ya 2021 na 2022, hari habaye isekeza ryo kwaka imbonerakure ivyuma vyo gutumatumanako Motorora zari zahawe ku bw&#8217;amasoko yacu. Umwe mu mbonerakure akaba yatubwiye ko ingingo y&#8217;umugambwe CNDD-FDD yo gusubira gutanga izo Motorora izotuma abari mu yindi migambwe batoroherezwa na gato mu bikorwa vyabo.<\/p>\n<p>Kw&#8217;igenekerezo rya 4 Rusama 2023, inama y\u2019igisata ca ONU kijejwe agateka ka zina muntu yabereye i G\u00e9n\u00e8ve mu Buswisi ijanye n&#8217;ugusuzuma ingene agateka ka zina muntu kifashe mu Burundi kuva mw&#8217;isuzuma ryaheruka ryo mu 2018, mu bintu birenga 280 Reta y\u2019Uburundi yasabwe gukora, harimwo ukwaka ibirwanisho imbonerakure kuko zimwe muri izo mbonerakure zisanzwe zifise n&#8217;ibirwanisho bicira umuriro.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Zimaze imisi mu manama yo kwitegurira amatora yimirije. I ruhande y\u2019inyigisho umugambwe CNDD-FDD wita iz\u2019ugukunda igihugu, imbonerakure zo mu mihingo itandukanye zigishwa, muri kino gihe, ukudurumbanya ibikorwa vya poritike vy\u2019abatavuga rumwe n\u2019uwo mugambwe uri ku butegetsi. Abakerebutse kurusha abandi muri abo &#8220;bakeba&#8221; ngo ni &#8220;ukubakorerako&#8221;. Izo nyigisho ziriko zitangwa inyuma y\u2019aho muri buri zone zigize [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":430,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[14],"tags":[27],"class_list":["post-429","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-umutekano","tag-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ? -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ? -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Zimaze imisi mu manama yo kwitegurira amatora yimirije. I ruhande y\u2019inyigisho umugambwe CNDD-FDD wita iz\u2019ugukunda igihugu, imbonerakure zo mu mihingo itandukanye zigishwa, muri kino gihe, ukudurumbanya ibikorwa vya poritike vy\u2019abatavuga rumwe n\u2019uwo mugambwe uri ku butegetsi. Abakerebutse kurusha abandi muri abo &#8220;bakeba&#8221; ngo ni &#8220;ukubakorerako&#8221;. Izo nyigisho ziriko zitangwa inyuma y\u2019aho muri buri zone zigize [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-05-13T02:13:25+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-05-13T08:27:00+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/MOTOROLA-IMBONES-PHOTO.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"151\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"249\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ?\",\"datePublished\":\"2023-05-13T02:13:25+00:00\",\"dateModified\":\"2023-05-13T08:27:00+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/\"},\"wordCount\":570,\"commentCount\":0,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/MOTOROLA-IMBONES-PHOTO.jpg\",\"keywords\":[\"Burundi\"],\"articleSection\":[\"UMUTEKANO\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/\",\"name\":\"Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ? -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/MOTOROLA-IMBONES-PHOTO.jpg\",\"datePublished\":\"2023-05-13T02:13:25+00:00\",\"dateModified\":\"2023-05-13T08:27:00+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/MOTOROLA-IMBONES-PHOTO.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/MOTOROLA-IMBONES-PHOTO.jpg\",\"width\":151,\"height\":249},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ? -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ? -","og_description":"Zimaze imisi mu manama yo kwitegurira amatora yimirije. I ruhande y\u2019inyigisho umugambwe CNDD-FDD wita iz\u2019ugukunda igihugu, imbonerakure zo mu mihingo itandukanye zigishwa, muri kino gihe, ukudurumbanya ibikorwa vya poritike vy\u2019abatavuga rumwe n\u2019uwo mugambwe uri ku butegetsi. Abakerebutse kurusha abandi muri abo &#8220;bakeba&#8221; ngo ni &#8220;ukubakorerako&#8221;. Izo nyigisho ziriko zitangwa inyuma y\u2019aho muri buri zone zigize [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/","article_published_time":"2023-05-13T02:13:25+00:00","article_modified_time":"2023-05-13T08:27:00+00:00","og_image":[{"width":151,"height":249,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/MOTOROLA-IMBONES-PHOTO.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ?","datePublished":"2023-05-13T02:13:25+00:00","dateModified":"2023-05-13T08:27:00+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/"},"wordCount":570,"commentCount":0,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/MOTOROLA-IMBONES-PHOTO.jpg","keywords":["Burundi"],"articleSection":["UMUTEKANO"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/","name":"Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ? -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/MOTOROLA-IMBONES-PHOTO.jpg","datePublished":"2023-05-13T02:13:25+00:00","dateModified":"2023-05-13T08:27:00+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/MOTOROLA-IMBONES-PHOTO.jpg","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/05\/MOTOROLA-IMBONES-PHOTO.jpg","width":151,"height":249},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/05\/13\/burundi-ubwo-imbonerakure-zizokonywa-inyuma-yo-gusubira-guhabwa-motorora\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Burundi : Ubwo imbonerakure zizokonywa inyuma yo gusubira guhabwa Motorora ?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/429","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=429"}],"version-history":[{"count":5,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/429\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":435,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/429\/revisions\/435"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/430"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=429"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=429"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=429"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}