{"id":397,"date":"2023-04-17T15:20:26","date_gmt":"2023-04-17T14:20:26","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=397"},"modified":"2023-10-06T05:30:40","modified_gmt":"2023-10-06T04:30:40","slug":"muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/","title":{"rendered":"Muyinga\u00a0: Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira?"},"content":{"rendered":"<p><strong>Nderetse Esp\u00e9rance yamenye ko hari inshinge mu mahaha inyuma yo kuja kwa muganga kwisuzumisha. Uwo mukenyezi w\u2019imyaka yoba yababa 60 yari amaze indwi zibiri zirenga atonekara mu mbavu inyuma yo gukubitwa akongera akamburwa amafaranga n\u2019imbonerakure zo ku mutumba Gitaramuka, zone Gasave, komine Buhinyuza mu ntara ya Muyinga iri mu buraruko bushira ubuseruko bw&#8217;Uburundi. Aho arwariye mu gisagara ca Bujumbura, uwo mukenyezi ntibaramukuramwo izo nshinge ariko amafaranga yo kwivuza ngo asa n&#8217;ayamuheranye. (Le Mandat)<\/strong><\/p>\n<p>Nderetse Esp\u00e9rance ubu amaze indwi yose arwariye mu bitaro vya gisirikare mu gisagara ca Bujumbura nk\u2019uko ababanyi biwe bo ku mutumba Gitaramuka babivuga. Ayo makuru abandanya avuga ko, kubera ko amaze gukoresha amafaranga yoba arenga umuriyoni umwe harimwo ukugura imiti yo kuzibira inshinge ziri mu mahaha ntizibandanye zinjira, mu mafaranga yaterereje incuti n&#8217;abagenzi asigaranye make. Umuhungu wiwe yaje kumufasha avuye muri Tanzaniya nawe nyene ngo uburyo bwaramuheranye. Aho uwo mukenyezi arwariye ngo aguma aboroga kubera gutonekara mu mahaha aho yacumiswe inshinge zo kubarira zibiri. Rumwe ngo rwarinjiye mu rubavu rw\u2019i buryo, urundi i bubamfu.<\/p>\n<p><strong>Batatu mu bikekwa barafashwe \u00a0\u00a0<\/strong><\/p>\n<p>Kuri uwu wa mbere, abantu 3 bagirizwa kuboreza igufa no kwambura amafaranga umukenyezi Nderetse Esp\u00e9rance babajijwe mu giporisi c\u2019inyamiramabi co muri komine Muyinga aho bapfungiwe kuva ku musi wa gatandatu bahejeje gufatwa. Ndaruruhire Abdoul asanzwe ari Nyumbakumi ku mutumba Gitaramuka niwe yagirizwa n\u2019abanyagihugu hamwe n\u2019abo bapfunganywe ko yagize uruhara runini mw\u2019itotezwa ry\u2019uwo mukenyezi. Uwo asanzwe ari imbonerakure ni nawe yagirizwa gutsindagiramwo inshinge mu mbavu Nderetse Esp\u00e9rance. Uwundi apfunzwe muri iyo dosiye ni Gabriel batazira Capati asanzwe yunguruza abantu akoresheje ipikipiki. Nawe nyene ni imbonerakure y\u2019umugambwe CNDD-FDD. Uwa gatatu ni imbonerakure yitwa Isidore. Abanyagihugu bavuga ko, n&#8217;aho batarafatwa, umukuru w\u2019imbonerakure ku mutumba Gitaramuka yitwa Hakizimana Dieudonn\u00e9 hamwe n\u2019imbonerakure izwi kw\u2019izina rya Nzutu nabo nyene bari mu basinzikarije ubuzima uwo mukenyezi.<\/p>\n<p><strong>Umukenyezi Nderetse yahohotewe mu mpera z\u2019ukwa gatatu<\/strong><\/p>\n<p>Igenekerezo rya 26 Ntwarante 2023, isaha zibiri n\u2019igice z\u2019ijoro niho izo mbonerakure ngo zahendahenze Nderetse Esp\u00e9rance, zimujana kw\u2019itongo ryiwe ngo ico araba. Abanyagihugu bavuga ko, hari haheze imisi, umukenyezi Nderetse Esp\u00e9rance yituye abarongoye umutumba Gitaramuka ababwira ko Ndaruruhire Abdoul yaciye ibiti mw\u2019itongo ryiwe asanzwe amukoteye kandi batavyumvikanye. Ahashitse, uwo mukenyezi ngo yasanze izo mbonerakure zaranduye imirima, zica zimwagiriza ko ariwe yabikoze, zica zitangura kumukubita. Amaze kuba intere, izo mbonerakure, harimwo uwujejwe intwaro Ndaruruhire Abdoul, zaciye zimuca amafaranga ibihumbi 200 zise amande. Abanyagihugu bo mu gacimbiri Nkekema bavuga ko, kubera ko umupfakazi Nderetse Esp\u00e9rance atari afise ayo mafaranga, yaciye asaba uwumugurana ivyo bihumbi 200 mu babanyi aca amwemerera ko azomwungukira akamuriha ibihumbi 300 ahombesheje ingurube. &#8220;Mu kwishura iyo ngurane, bukeye ku wa 27 Ntwarante 2023, Nderetse Esp\u00e9rance yagurishije ingurube imwe yari atunze n\u2019ibibuguru vyayo 12 hamwe na sola [plaque solaire].&#8221;<\/p>\n<p>Ayo makuru y\u2019ivyashikiye Nderetse Esp\u00e9rance aremezwa n\u2019abajejwe intwaro ku mutumba Gitaramuka. Abanyagihugu bo mu gacimbiri Nkekema asanzwe abamwo bobo bashimira abajejwe intwaro ingene bavyifashemwo mu gufata bamwe mu bahohoteye uwo mukenyezi bakabashikiriza igiporisi.<\/p>\n<p>Ariko aho arwariye, umupfakazi Nderetse Esp\u00e9rance ntazi ingene bigiye kubandanya kuko n\u2019imiti bamwandikiye yo kugabanya ububabare mu mbavu no kuzibira inshinge mu mahaha ngo yibaza ko ata kinini izomufasha ata mafaranga afise yo gukuzamwo izo nshinge bamutsindagiye mu mahaha.<\/p>\n<p><strong><em>Soma n&#8217;iyi<\/em>\u00a0<a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/15\/mutanga-sud-umwe-mu-bacumise-macungu-yarekuwe-atanze-ibihumbi-500\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Mutanga Sud : Umwe mu &#8220;bacumise&#8221; Macungu yarekuwe atanze ibihumbi 500<\/a><\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Nderetse Esp\u00e9rance yamenye ko hari inshinge mu mahaha inyuma yo kuja kwa muganga kwisuzumisha. Uwo mukenyezi w\u2019imyaka yoba yababa 60 yari amaze indwi zibiri zirenga atonekara mu mbavu inyuma yo gukubitwa akongera akamburwa amafaranga n\u2019imbonerakure zo ku mutumba Gitaramuka, zone Gasave, komine Buhinyuza mu ntara ya Muyinga iri mu buraruko bushira ubuseruko bw&#8217;Uburundi. Aho arwariye [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":495,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[9],"tags":[27],"class_list":["post-397","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-agateka-ka-zina-muntu","tag-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Muyinga\u00a0: Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira? -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Muyinga\u00a0: Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira? -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Nderetse Esp\u00e9rance yamenye ko hari inshinge mu mahaha inyuma yo kuja kwa muganga kwisuzumisha. Uwo mukenyezi w\u2019imyaka yoba yababa 60 yari amaze indwi zibiri zirenga atonekara mu mbavu inyuma yo gukubitwa akongera akamburwa amafaranga n\u2019imbonerakure zo ku mutumba Gitaramuka, zone Gasave, komine Buhinyuza mu ntara ya Muyinga iri mu buraruko bushira ubuseruko bw&#8217;Uburundi. Aho arwariye [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-04-17T14:20:26+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-10-06T04:30:40+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/PHOTO-AMAHAHA-NDERETSE.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"504\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"450\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Muyinga\u00a0: Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira?\",\"datePublished\":\"2023-04-17T14:20:26+00:00\",\"dateModified\":\"2023-10-06T04:30:40+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/\"},\"wordCount\":556,\"commentCount\":0,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/PHOTO-AMAHAHA-NDERETSE.jpg\",\"keywords\":[\"Burundi\"],\"articleSection\":[\"AGATEKA KA ZINA MUNTU\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/\",\"name\":\"Muyinga\u00a0: Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira? -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/PHOTO-AMAHAHA-NDERETSE.jpg\",\"datePublished\":\"2023-04-17T14:20:26+00:00\",\"dateModified\":\"2023-10-06T04:30:40+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/PHOTO-AMAHAHA-NDERETSE.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/PHOTO-AMAHAHA-NDERETSE.jpg\",\"width\":504,\"height\":450},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Muyinga\u00a0: Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Muyinga\u00a0: Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira? -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Muyinga\u00a0: Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira? -","og_description":"Nderetse Esp\u00e9rance yamenye ko hari inshinge mu mahaha inyuma yo kuja kwa muganga kwisuzumisha. Uwo mukenyezi w\u2019imyaka yoba yababa 60 yari amaze indwi zibiri zirenga atonekara mu mbavu inyuma yo gukubitwa akongera akamburwa amafaranga n\u2019imbonerakure zo ku mutumba Gitaramuka, zone Gasave, komine Buhinyuza mu ntara ya Muyinga iri mu buraruko bushira ubuseruko bw&#8217;Uburundi. Aho arwariye [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/","article_published_time":"2023-04-17T14:20:26+00:00","article_modified_time":"2023-10-06T04:30:40+00:00","og_image":[{"width":504,"height":450,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/PHOTO-AMAHAHA-NDERETSE.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Muyinga\u00a0: Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira?","datePublished":"2023-04-17T14:20:26+00:00","dateModified":"2023-10-06T04:30:40+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/"},"wordCount":556,"commentCount":0,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/PHOTO-AMAHAHA-NDERETSE.jpg","keywords":["Burundi"],"articleSection":["AGATEKA KA ZINA MUNTU"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/","name":"Muyinga\u00a0: Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira? -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/PHOTO-AMAHAHA-NDERETSE.jpg","datePublished":"2023-04-17T14:20:26+00:00","dateModified":"2023-10-06T04:30:40+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/PHOTO-AMAHAHA-NDERETSE.jpg","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/PHOTO-AMAHAHA-NDERETSE.jpg","width":504,"height":450},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/04\/17\/muyinga-ubwo-umukenyezi-imbonerakure-zatsindagiyemwo-inshinge-mu-mahaha-azohava-akira\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Muyinga\u00a0: Ubwo umukenyezi, imbonerakure zatsindagiyemwo inshinge mu mahaha, azohava akira?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/397","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=397"}],"version-history":[{"count":9,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/397\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":408,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/397\/revisions\/408"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/495"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=397"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=397"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=397"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}