{"id":371,"date":"2023-03-14T12:54:49","date_gmt":"2023-03-14T11:54:49","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=371"},"modified":"2023-03-14T13:11:17","modified_gmt":"2023-03-14T12:11:17","slug":"burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/","title":{"rendered":"Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere"},"content":{"rendered":"<p><strong>Umusirikare 1 yarapfuye abandi 8 barakomerekera mw&#8217;isanganya abacungera umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca bagiriye muri zone Musaga iri muri komine Muha mu gisagara ca Bujumbura ku musi w&#8217;Imana igenekerezo rya 5 Ntwarante 2023. Amasoko yacu avuga ko muri abo 8 bakomeretse, harimwo 5 bacitse amaguru. Umusirikare yacikanye ngo bamuhamvye ku musi wa kane uheze. (Le Mandat)<\/strong><\/p>\n<p>Umusirikare yahambwe ku musi wa kane igenekerezo ry&#8217;9 Ntwarante bamutazira Ndadaye. Amasoko y&#8217;itororokanirizo ry&#8217;amakuru &#8220;Le Mandat&#8221; amenyesha ko umushikiranganji wa mbere <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/02\/21\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yarekuye-imishahara-yabamucungerera-umutekano-inyuma-yamezi-arenga-abiri\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Gervais Ndirakobuca batazira Ndakugarika<\/a> atigeze yitaba ivyo bikorwa vyo gushingura umusirikare yahora ari mu bamucungerera ubuzima. Ku bw&#8217;ayo masoko, uwo musirikare yatanguje umutwe hasi igihe yakoroka ku muduga bita pick-up wari mu yari iherekeje Gervais Ndirakobuca bamanukanye ibarabara bita Bujumbura-Jenda, umushikiranganji avuye mu nama mu ntara ya Bururi. Abaduhaye amakuru bibaza ko ari umuvuduko munini, izo pick-up uko zari zine zariko, watumye haba iryo sanganya zishitse aho ku Musaga. Uwo musirikare, yari asanzwe afashe ya nkoho iba iri hejuru ku muduga, amaze gukoroka, umushoferi w&#8217;iyo pick-up yari inyuma y&#8217;izindi ngo yaciye agira ubwoba arajugumba, imodoka itembagarira mu manga yubamye. Kiretse umushoferi abaganga bahisemwo guca ukuguru kw&#8217;i buryo gusa kubera ko kwari kwababaye cane, abandi basirikare bane mu bari muri iyo modoka bacitse amaguru yose. Abandi basirikare batatu basigaye nabo nyene barakomeretse cane. Abasirikare bose bari muri iyo pick-up bakaba bari icenda harimwo umushoferi.<\/p>\n<p>Ayandi makuru twaronse ni uko abo basirikare bose bakomeretse bagiye kuvurirwa ku bitaro Tanganyika Care Polyclinic biri muri Kinanira ya 5. Bamwe muri abo basirikare bakomeretse bari muri <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">bashasha baheruka kwongerwamwo mu bacungerera umutekano umushikiranganji wa mbere<\/a>. Gervais Ndirakobuca akaba yaheruka kwirukana abarenga 70% mu bahora bamucungerera umutekano.<\/p>\n<p><strong><em>Inkuru bijanye<\/em>\u00a0<a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y&#8217;ugufata indege imujana muri Gabon<\/a><\/strong><\/p>\n<p>Inyuma y&#8217;iryo sanganya, umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca n&#8217;umutambukanyi wiwe baciye baja mu Cibitoke mu musi mukuru w&#8217;ukwipfurizanya umwaka mushasha mwiza w&#8217;2023 n&#8217;izindi mvukira z&#8217;iyo ntara.<\/p>\n<blockquote class=\"twitter-tweet\">\n<p dir=\"ltr\" lang=\"fr\"><a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Burundi?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Burundi<\/a>,la Famille de SE le 1er Ministre,Lt-G\u00e9n Pol <a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Ndirakobuca_Gervais?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Ndirakobuca_Gervais<\/a> s&#8217;est jointe aux natifs de <a href=\"https:\/\/twitter.com\/CibitokeProv?ref_src=twsrc%5Etfw\">@CibitokeProv<\/a>,elle aussi native,pour c\u00e9l\u00e9brer les meilleurs V\u0153ux 2023 et assister au match de football qui a oppos\u00e9 <a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Mamuru_FC?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Mamuru_FC<\/a> et @Flambeau_centre et s&#8217;est sold\u00e9 sur 1 score (1-1) <a href=\"https:\/\/t.co\/CD5QyxoYQT\">pic.twitter.com\/CD5QyxoYQT<\/a><\/p>\n<p>\u2014 Bureau du Premier Ministre (@BurundiGov) <a href=\"https:\/\/twitter.com\/BurundiGov\/status\/1632472649426169857?ref_src=twsrc%5Etfw\">March 5, 2023<\/a><\/p><\/blockquote>\n<p>Abanyagihugu babonye ingene iryo sanganya ryagenze basaba ko abasirikare n&#8217;abaporisi bacungera inzego boza baragabanya umuvuduko iyo bari mu kazi kabo ka misi yose kuko kiretse ko bashobora kuhasiga ubuzima, bashobora n&#8217;ukugonga abanyagihugu basanze ku nkengera z&#8217;amabarabara.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umusirikare 1 yarapfuye abandi 8 barakomerekera mw&#8217;isanganya abacungera umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca bagiriye muri zone Musaga iri muri komine Muha mu gisagara ca Bujumbura ku musi w&#8217;Imana igenekerezo rya 5 Ntwarante 2023. Amasoko yacu avuga ko muri abo 8 bakomeretse, harimwo 5 bacitse amaguru. Umusirikare yacikanye ngo bamuhamvye ku musi wa kane uheze. (Le [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":372,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[14],"tags":[27],"class_list":["post-371","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-umutekano","tag-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umusirikare 1 yarapfuye abandi 8 barakomerekera mw&#8217;isanganya abacungera umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca bagiriye muri zone Musaga iri muri komine Muha mu gisagara ca Bujumbura ku musi w&#8217;Imana igenekerezo rya 5 Ntwarante 2023. Amasoko yacu avuga ko muri abo 8 bakomeretse, harimwo 5 bacitse amaguru. Umusirikare yacikanye ngo bamuhamvye ku musi wa kane uheze. (Le [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-03-14T11:54:49+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-03-14T12:11:17+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-ONESPHORE-NIBIGIRA-AFP-SIGNEE.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"664\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"498\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere\",\"datePublished\":\"2023-03-14T11:54:49+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-14T12:11:17+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/\"},\"wordCount\":425,\"commentCount\":2,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-ONESPHORE-NIBIGIRA-AFP-SIGNEE.jpg\",\"keywords\":[\"Burundi\"],\"articleSection\":[\"UMUTEKANO\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/\",\"name\":\"Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-ONESPHORE-NIBIGIRA-AFP-SIGNEE.jpg\",\"datePublished\":\"2023-03-14T11:54:49+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-14T12:11:17+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-ONESPHORE-NIBIGIRA-AFP-SIGNEE.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-ONESPHORE-NIBIGIRA-AFP-SIGNEE.jpg\",\"width\":664,\"height\":498,\"caption\":\"Burundian security officers secure the scene of a grenade attack that was targeted at and killed a Tutsi General and security advisor to Burundi's vice president Athanase Kararuza on April 25, 2016 in Bujumbura. Kararuza was killed on April 25 in an attack by heavily-armed men, along with his wife and daughter, a security source said. The country has been engulfed by a political crisis which erupted in April 2015 when President Pierre Nkurunziza decided to run for a third term in office, which he won in July. Shortly after the attack, the ICC chief prosecutor confirmed she was opening a preliminary probe into the violence in Burundi. \/ AFP PHOTO \/ ONESPHORE NIBIGIRA\"},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere -","og_description":"Umusirikare 1 yarapfuye abandi 8 barakomerekera mw&#8217;isanganya abacungera umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca bagiriye muri zone Musaga iri muri komine Muha mu gisagara ca Bujumbura ku musi w&#8217;Imana igenekerezo rya 5 Ntwarante 2023. Amasoko yacu avuga ko muri abo 8 bakomeretse, harimwo 5 bacitse amaguru. Umusirikare yacikanye ngo bamuhamvye ku musi wa kane uheze. (Le [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/","article_published_time":"2023-03-14T11:54:49+00:00","article_modified_time":"2023-03-14T12:11:17+00:00","og_image":[{"width":664,"height":498,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-ONESPHORE-NIBIGIRA-AFP-SIGNEE.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere","datePublished":"2023-03-14T11:54:49+00:00","dateModified":"2023-03-14T12:11:17+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/"},"wordCount":425,"commentCount":2,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-ONESPHORE-NIBIGIRA-AFP-SIGNEE.jpg","keywords":["Burundi"],"articleSection":["UMUTEKANO"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/","name":"Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-ONESPHORE-NIBIGIRA-AFP-SIGNEE.jpg","datePublished":"2023-03-14T11:54:49+00:00","dateModified":"2023-03-14T12:11:17+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-ONESPHORE-NIBIGIRA-AFP-SIGNEE.jpg","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-ONESPHORE-NIBIGIRA-AFP-SIGNEE.jpg","width":664,"height":498,"caption":"Burundian security officers secure the scene of a grenade attack that was targeted at and killed a Tutsi General and security advisor to Burundi's vice president Athanase Kararuza on April 25, 2016 in Bujumbura. Kararuza was killed on April 25 in an attack by heavily-armed men, along with his wife and daughter, a security source said. The country has been engulfed by a political crisis which erupted in April 2015 when President Pierre Nkurunziza decided to run for a third term in office, which he won in July. Shortly after the attack, the ICC chief prosecutor confirmed she was opening a preliminary probe into the violence in Burundi. \/ AFP PHOTO \/ ONESPHORE NIBIGIRA"},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/14\/burundi-1-yarapfuye-5-bacika-amaguru-mu-bacungera-umushikiranganji-wa-mbere\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Burundi : 1 yarapfuye, 5 bacika amaguru, mu bacungera umushikiranganji wa mbere"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/371","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=371"}],"version-history":[{"count":6,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/371\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":378,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/371\/revisions\/378"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/372"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=371"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=371"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=371"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}