{"id":362,"date":"2023-03-12T22:24:17","date_gmt":"2023-03-12T21:24:17","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=362"},"modified":"2023-03-13T04:05:33","modified_gmt":"2023-03-13T03:05:33","slug":"burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/","title":{"rendered":"Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y&#8217;ugufata indege imujana muri Gabon"},"content":{"rendered":"<p><strong>Haraheze amezi arenga atatu, Gervais Ndirakobuca yagiriza abamucungerera umutekano kuborerwa no gushurashura. Ku wa 1 Ntwarante, imbere yo kuja mu gihugu ca Gabon mu nama ijanye n&#8217;amashamba, umushikiranganji wa mbere w&#8217;Uburundi yafashe ingingo y&#8217;uko abarenga 70% mu baporisi n&#8217;abasirikare bahora bamucungerera ubuzima bavamwo. (Le Mandat)\u00a0<\/strong><\/p>\n<p>Abacungera umushikiranganji wa mbere ni abasirikare n&#8217;abaporisi bakurakuranwa kandi bari mu migwi 3 ku bw&#8217;amasoko yacu. Umugwi wa mbere urimwo 36 baguma muhira iwe muri <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/02\/23\/mutanga-sud-ubwo-umushoferi-yacumiswe-nabajejwe-intwaro-azohava-arokoka\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">karitiye Mutanga Sud<\/a>. Umugwi ugira kabiri ugizwe na 36 nyene bamuherekeza mu ngendo agira mu gihugu. Hariho kandi 24 basubirira abandi. Benshi muri abo basirikare n&#8217;abaporisi bavuka mu Cibitoke, intara umushikiranganji wa mbere avamwo. Abava mu ntara ya Karuzi nibo kwirikira ku bwinshi. Muri abo bacungera Gervais Ndirakobuca, basanzwe bababa ijana, harimwo n&#8217;abava mu ntara za Gitega, Muramvya, Mwaro na Makamba. Umwe mu masoko yacu yatubwiye ati :&#8221;Umushikiranganji wa mbere yategetse ko abasirikare n&#8217;abaporisi 70 bakurwa <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/10\/burundi-abacungera-umutekano-wumushikiranganji-wa-mbere-gervais-ndirakobuca-ntibahembwe\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">ku kirindiro<\/a> bagasubizwa mu makambi baje bavamwo.&#8221; Amasoko yacu amenyesha ko Gervais Ndirakobuca yafashe iyo ngingo imbere yo kwurira indege imujana muri Gabon ku musi wa gatatu igenekerezo rya 1 Ntwarante.<\/p>\n<blockquote class=\"twitter-tweet\">\n<p dir=\"ltr\" lang=\"fr\"><a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Burundi?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Burundi<\/a>,d\u00e9part de SE le 1er Ministre, Lt-Gen Pol <a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Ndirakobuca_Gervais?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Ndirakobuca_Gervais<\/a> \u00e0 l&#8217;A\u00e9roport International Melchior Ndadaye \u00e0 destination de <a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Libreville?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Libreville<\/a> au <a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Gabon?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Gabon<\/a> o\u00f9 il est all\u00e9 repr\u00e9senter SE le Pr\u00e9sent de la R\u00e9publique <a href=\"https:\/\/twitter.com\/GeneralNeva?ref_src=twsrc%5Etfw\">@GeneralNeva<\/a> au sommet sur les For\u00eats &#8220;One Foresta Summit&#8221;. <a href=\"https:\/\/t.co\/hKiIsUWoSI\">pic.twitter.com\/hKiIsUWoSI<\/a><\/p>\n<p>\u2014 Bureau du Premier Ministre (@BurundiGov) <a href=\"https:\/\/twitter.com\/BurundiGov\/status\/1630818576859897857?ref_src=twsrc%5Etfw\">March 1, 2023<\/a><\/p><\/blockquote>\n<p>Igihe yaja muri iyo nama yiswe One Forest Summit, Gervais Ndirakobuca yari aherekejwe n&#8217;intwazangabo zine zo mu giporisi na gisirikare ku bw&#8217;amakuru yo kwizera twahawe n&#8217;umusirikare w&#8217;intwazangabo. Ku bwiwe, bari bafise igikorwa co kuja mu Burusiya kurondera ibirwanisho.<\/p>\n<p><strong>Ibirwanisho vyo mu ntambara zo muri Nord-Kivu<\/strong><\/p>\n<p>Ku bw&#8217;amakuru yo kwizera,\u00a0<a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/22\/burundi-ni-nde-azokurikirana-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-ahemukiye-igihugu\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi Evariste Ndayishimiye<\/a> niwe yahaye ico gikorwa co gutumako ibirwanisho mu Burusiya ubushikiranganji bwa mbere. Ivyo birwanisho ngo bizokoreshwa mu kurwanya M23 muri Kivu yo mu buraruko.<\/p>\n<p>Umusirikare w&#8217;intwazangabo wo mu gisirikare c&#8217;Uburundi yatubwiye ko Uburundi bwipfuza ko intureka zitandukira ahandi zikarenga n&#8217;imbibe za Repuburika ya Demokarasi ya Kongo inyuma y&#8217;ukuronka ivyo birwanisho bizoba bivuye mu Burusiya.<\/p>\n<p>Amasoko yacu i Moscou aremeza ko izo ntwazangabo 4 zagiye muri uwo murwa mukuru w&#8217;Uburusiya. Ayandi masoko akatumenyesha ko ubu bamaze kugaruka i Bujumbura. Umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca, wewe, akaba yatashe imbere yabo ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 4 Ntwarante 2023. Abamucungera bari bahinduwe.<\/p>\n<p><strong><em>Inkuru bijanye<\/em> <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/02\/21\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yarekuye-imishahara-yabamucungerera-umutekano-inyuma-yamezi-arenga-abiri\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Burundi : Umushikiranganji wa mbere yarekuye imishahara y&#8217;abamucengerera ubuzima inyuma y&#8217;imyidogo y&#8217;amezi arenga ibiri<\/a>.\u00a0<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Haraheze amezi arenga atatu, Gervais Ndirakobuca yagiriza abamucungerera umutekano kuborerwa no gushurashura. Ku wa 1 Ntwarante, imbere yo kuja mu gihugu ca Gabon mu nama ijanye n&#8217;amashamba, umushikiranganji wa mbere w&#8217;Uburundi yafashe ingingo y&#8217;uko abarenga 70% mu baporisi n&#8217;abasirikare bahora bamucungerera ubuzima bavamwo. (Le Mandat)\u00a0 Abacungera umushikiranganji wa mbere ni abasirikare n&#8217;abaporisi bakurakuranwa kandi bari [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":363,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[10],"tags":[27],"class_list":["post-362","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-intwaro","tag-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y&#039;ugufata indege imujana muri Gabon -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y&#039;ugufata indege imujana muri Gabon -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Haraheze amezi arenga atatu, Gervais Ndirakobuca yagiriza abamucungerera umutekano kuborerwa no gushurashura. Ku wa 1 Ntwarante, imbere yo kuja mu gihugu ca Gabon mu nama ijanye n&#8217;amashamba, umushikiranganji wa mbere w&#8217;Uburundi yafashe ingingo y&#8217;uko abarenga 70% mu baporisi n&#8217;abasirikare bahora bamucungerera ubuzima bavamwo. (Le Mandat)\u00a0 Abacungera umushikiranganji wa mbere ni abasirikare n&#8217;abaporisi bakurakuranwa kandi bari [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-03-12T21:24:17+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-03-13T03:05:33+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-AIRPORT-010323-NEW.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y&#8217;ugufata indege imujana muri Gabon\",\"datePublished\":\"2023-03-12T21:24:17+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-13T03:05:33+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/\"},\"wordCount\":429,\"commentCount\":0,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-AIRPORT-010323-NEW.jpg\",\"keywords\":[\"Burundi\"],\"articleSection\":[\"INTWARO\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/\",\"name\":\"Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y'ugufata indege imujana muri Gabon -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-AIRPORT-010323-NEW.jpg\",\"datePublished\":\"2023-03-12T21:24:17+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-13T03:05:33+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-AIRPORT-010323-NEW.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-AIRPORT-010323-NEW.jpg\",\"width\":1080,\"height\":720},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y&#8217;ugufata indege imujana muri Gabon\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y'ugufata indege imujana muri Gabon -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y'ugufata indege imujana muri Gabon -","og_description":"Haraheze amezi arenga atatu, Gervais Ndirakobuca yagiriza abamucungerera umutekano kuborerwa no gushurashura. Ku wa 1 Ntwarante, imbere yo kuja mu gihugu ca Gabon mu nama ijanye n&#8217;amashamba, umushikiranganji wa mbere w&#8217;Uburundi yafashe ingingo y&#8217;uko abarenga 70% mu baporisi n&#8217;abasirikare bahora bamucungerera ubuzima bavamwo. (Le Mandat)\u00a0 Abacungera umushikiranganji wa mbere ni abasirikare n&#8217;abaporisi bakurakuranwa kandi bari [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/","article_published_time":"2023-03-12T21:24:17+00:00","article_modified_time":"2023-03-13T03:05:33+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":720,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-AIRPORT-010323-NEW.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y&#8217;ugufata indege imujana muri Gabon","datePublished":"2023-03-12T21:24:17+00:00","dateModified":"2023-03-13T03:05:33+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/"},"wordCount":429,"commentCount":0,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-AIRPORT-010323-NEW.jpg","keywords":["Burundi"],"articleSection":["INTWARO"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/","name":"Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y'ugufata indege imujana muri Gabon -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-AIRPORT-010323-NEW.jpg","datePublished":"2023-03-12T21:24:17+00:00","dateModified":"2023-03-13T03:05:33+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-AIRPORT-010323-NEW.jpg","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/PHOTO-AIRPORT-010323-NEW.jpg","width":1080,"height":720},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/03\/12\/burundi-umushikiranganji-wa-mbere-yirukanye-abamucungera-imbere-yugufata-indege-imujana-muri-gabon\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Burundi : Umushikiranganji wa mbere yirukanye abamucungera imbere y&#8217;ugufata indege imujana muri Gabon"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/362","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=362"}],"version-history":[{"count":5,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/362\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":368,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/362\/revisions\/368"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/363"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=362"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=362"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=362"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}