{"id":313,"date":"2023-01-14T02:41:27","date_gmt":"2023-01-14T01:41:27","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=313"},"modified":"2023-01-18T17:41:26","modified_gmt":"2023-01-18T16:41:26","slug":"burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/","title":{"rendered":"Burundi : Umukuru w&#8217;igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe?"},"content":{"rendered":"<p><strong>Igwirirana ry&#8217;abantu mu Burundi ni ikibazo Evariste Ndayishimiye amaze amezi arenga atandatu agarukako. Ku bw&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi, inyuma ya rusansuma, hategerezwa gufatwa ingingo ruhasha zizotuma uwo murindi w&#8217;Abarundi wo kwibaruka ugabanuka. Evariste Ndayishimiye afata ko igitigiri c&#8217;abanyagihugu &#8220;Imana&#8221; yatagekanije ko bazoba mu Burundi camaze kurenga. (Le Mandat)<\/strong><\/p>\n<p>Umukuru w&#8217;igihugu Evariste Ndayishimiye agereranya Uburundi n&#8217;ikaziye y&#8217;amafanta, Abarundi nabo akabagereranya n&#8217;amacupa. &#8220;Ufise dufate ikarato y&#8217;amafanta yagenewe amacupa y&#8217;amafanta 24. Fata amacupa 50 uyashire muri iyo karato akwirweyo ndabe.&#8221; Mu kiganiro co kurangiza umwaka yagiranye n&#8217;abamenyeshamakuru n&#8217;abanyagihugu ku wa 30 kigarama 2022, Evariste Ndayishimiye yavuze kandi ati &#8220;Imana ikirema Uburundi, yari izi abantu bazobukwira. None twaramaze kuburengera. Twararengeye Uburundi ubu.&#8221; Ku bw&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi, igwirirana ry&#8217;abantu niryo rituma hibonekeza amatati y&#8217;amatongo n&#8217;ayo mu miryango. Evariste Ndayishimiye abona ko bamwe mu Barundi bavyara abo badashoboye kurera. &#8220;Umuvyeyi aravyara abana 10, hageze kuja ku mashure, akaja kuririra umuntu, ngo mfasha abana ndabajane kw&#8217;ishure. Igihe wabavyara ntiwamubwiye ngo abe aratunganya umugambi wo kuzobafasha mugabo uriko ukwega ingorane mu gihugu.&#8221;<\/p>\n<p><strong>Itegeko ryo kuvyara umwana umwe rudende?<\/strong><\/p>\n<p>Evariste Ndayishimiye asaba Abarundi kwitegurira ingingo zikomeye zijanye n&#8217;imvyaro zizofatwa inyuma ya rusansuma y&#8217;abanyagihugu bose. Igihe yavuga iyo ngorane y&#8217;igwirirana ry&#8217;abantu mu kiganiro yagiranye n&#8217;abamenyeshamakuru mu kwezi kwa Rusama 2022, <a href=\"https:\/\/youtu.be\/EK7zMCXPR7I\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Evariste Ndayishimiye yasa n&#8217;uwutinya ingene Abarundi bazovyakira<\/a>. Ico gihe, umukuru w&#8217;igihugu yasavye abamenyeshamakuru gukora bagakovya kugira ngo abanyagihugu bategere uwo mugambi. &#8220;Erega tuvyumva kumwe nta bazokoma induru ngo wafashe ingingo ikomeye. Mugabo, tutavyumva kumwe, niho uca wumva ngo urumva ngo urumva.&#8221; Ntituramenya isano riri hagati y&#8217;ingingo zizofatirwa Abarundi n&#8217;izafatiwe Abashinwa ariko ico gihe muri Rusama, Evariste Ndayishimiye yatanze akarorero k&#8217;ingingo yamaze imyaka 35 yategeka Abashinwa kuvyara umwana umwe rudende. &#8220;Abashinwa bararwanye, ubu basubiye kwemera y&#8217;uko uwavutse ari umwe ashobora kuvyara babiri. Erega mu gihugu murashobora kumenya muti dukeneye abantu bangana uku batarenga, none tuzobashikako gute tumanuka?&#8221; Umukuru w&#8217;igihugu Evariste Ndayishimiye avuga ko igwirirana ry&#8217;abantu mu Burundi rituma igihugu kidatera imbere.<\/p>\n<p><strong><em>Soma n&#8217;iyi<\/em> <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/07\/30\/burundi-ishingwa-ryimbibe-nshasha-zintara-rinyegeje-inyungu-zo-mu-matora\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">Burundi : Ishingwa ry&#8217;imbibe nshasha z&#8217;intara rinyegeje inyungu zo mu matora?<\/a><\/strong><\/p>\n<p>Uburundi burimwo abanyagihugu barenga imiriyoni 12 muri kino gihe ku bw&#8217;ibiharuro ngereranyo bitangwa n&#8217;ibanki y&#8217;isi. Ku bijanye na rusansuma y&#8217;Abarundi bose, Evariste Ndayishimiye avuga ko arindiriye kugira afate ingingo zijanye n&#8217;ukugabanya imvyaro, Reta y&#8217;Uburundi itegekanya kuyigira mu kwezi kw&#8217;indwi uwu mwaka nyene w&#8217;2023 ku bw&#8217;amakuru itororokanirizo ry&#8217;amakuru Le Mandat rikura muri bamwe mu barongoye amashirahamwe azotanga amafaranga azokoreshwa muri iyo rusansuma izokwisunga <a href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/07\/30\/burundi-ishingwa-ryimbibe-nshasha-zintara-rinyegeje-inyungu-zo-mu-matora\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener\">imbibe nshasha z&#8217;intara, amakomine, imitumba n&#8217;amakaritiye<\/a>. Ku bwa Evariste Ndayishimiye, igwirirana ry&#8217;abantu ni ikibazo gihanze igihugu c&#8217;Uburundi ariko abantu benshi batabona.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Ndayishimiye ngo Uburundi bwararengeje igitigiri c&#039;abantu bakwiye kububamwo\" width=\"640\" height=\"360\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/VW1HSwiCh3Y?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Igwirirana ry&#8217;abantu mu Burundi ni ikibazo Evariste Ndayishimiye amaze amezi arenga atandatu agarukako. Ku bw&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi, inyuma ya rusansuma, hategerezwa gufatwa ingingo ruhasha zizotuma uwo murindi w&#8217;Abarundi wo kwibaruka ugabanuka. Evariste Ndayishimiye afata ko igitigiri c&#8217;abanyagihugu &#8220;Imana&#8221; yatagekanije ko bazoba mu Burundi camaze kurenga. (Le Mandat) Umukuru w&#8217;igihugu Evariste Ndayishimiye agereranya Uburundi n&#8217;ikaziye y&#8217;amafanta, [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":314,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[16],"tags":[27],"class_list":["post-313","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-imyihwezo","tag-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Burundi : Umukuru w&#039;igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe? -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Burundi : Umukuru w&#039;igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe? -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Igwirirana ry&#8217;abantu mu Burundi ni ikibazo Evariste Ndayishimiye amaze amezi arenga atandatu agarukako. Ku bw&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi, inyuma ya rusansuma, hategerezwa gufatwa ingingo ruhasha zizotuma uwo murindi w&#8217;Abarundi wo kwibaruka ugabanuka. Evariste Ndayishimiye afata ko igitigiri c&#8217;abanyagihugu &#8220;Imana&#8221; yatagekanije ko bazoba mu Burundi camaze kurenga. (Le Mandat) Umukuru w&#8217;igihugu Evariste Ndayishimiye agereranya Uburundi n&#8217;ikaziye y&#8217;amafanta, [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-01-14T01:41:27+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-01-18T16:41:26+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/NEVA-FOTO-CONF.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"770\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Burundi : Umukuru w&#8217;igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe?\",\"datePublished\":\"2023-01-14T01:41:27+00:00\",\"dateModified\":\"2023-01-18T16:41:26+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/\"},\"wordCount\":466,\"commentCount\":0,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/NEVA-FOTO-CONF.jpg\",\"keywords\":[\"Burundi\"],\"articleSection\":[\"IMYIHWEZO\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/\",\"name\":\"Burundi : Umukuru w'igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe? -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/NEVA-FOTO-CONF.jpg\",\"datePublished\":\"2023-01-14T01:41:27+00:00\",\"dateModified\":\"2023-01-18T16:41:26+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/NEVA-FOTO-CONF.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/NEVA-FOTO-CONF.jpg\",\"width\":1080,\"height\":770},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Burundi : Umukuru w&#8217;igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Burundi : Umukuru w'igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe? -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Burundi : Umukuru w'igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe? -","og_description":"Igwirirana ry&#8217;abantu mu Burundi ni ikibazo Evariste Ndayishimiye amaze amezi arenga atandatu agarukako. Ku bw&#8217;umukuru w&#8217;igihugu c&#8217;Uburundi, inyuma ya rusansuma, hategerezwa gufatwa ingingo ruhasha zizotuma uwo murindi w&#8217;Abarundi wo kwibaruka ugabanuka. Evariste Ndayishimiye afata ko igitigiri c&#8217;abanyagihugu &#8220;Imana&#8221; yatagekanije ko bazoba mu Burundi camaze kurenga. (Le Mandat) Umukuru w&#8217;igihugu Evariste Ndayishimiye agereranya Uburundi n&#8217;ikaziye y&#8217;amafanta, [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/","article_published_time":"2023-01-14T01:41:27+00:00","article_modified_time":"2023-01-18T16:41:26+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":770,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/NEVA-FOTO-CONF.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Burundi : Umukuru w&#8217;igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe?","datePublished":"2023-01-14T01:41:27+00:00","dateModified":"2023-01-18T16:41:26+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/"},"wordCount":466,"commentCount":0,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/NEVA-FOTO-CONF.jpg","keywords":["Burundi"],"articleSection":["IMYIHWEZO"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/","name":"Burundi : Umukuru w'igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe? -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/NEVA-FOTO-CONF.jpg","datePublished":"2023-01-14T01:41:27+00:00","dateModified":"2023-01-18T16:41:26+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/NEVA-FOTO-CONF.jpg","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/NEVA-FOTO-CONF.jpg","width":1080,"height":770},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2023\/01\/14\/burundi-umukuru-wigihugu-ndayishimiye-buca-ategeka-umurundi-wese-kutarenza-umwana-umwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Burundi : Umukuru w&#8217;igihugu Ndayishimiye buca ategeka Umurundi wese kutarenza umwana umwe?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/313","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=313"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/313\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":319,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/313\/revisions\/319"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/314"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=313"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=313"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=313"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}