{"id":238,"date":"2022-09-09T05:48:55","date_gmt":"2022-09-09T05:48:55","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=238"},"modified":"2022-09-11T19:00:21","modified_gmt":"2022-09-11T19:00:21","slug":"lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/","title":{"rendered":"Lyc\u00e9e ya komine Muhuta : Ubwo abatanze amafaranga yo kudubura bazoyasubizwa?"},"content":{"rendered":"<p><strong>Abavyeyi batari bake bari batanze amafaranga kugira ngo abana babo baronke ibibanza vyo guhitira kw\u2019ishure ryisumbuye rya komine Muhuta riri ku mutumba Gitaza muri zone Gitaza, mu ntara ya Rumonge iri mu bumanuko bushira uburengero bw&#8217;Uburundi. Komite nshingwashure yo kuri iryo shure niyo yari yashinze igitigiri c\u2019amahera, abanyeshure bipfuza guhitira, bategerezwa kuriha, yaba abari basanzwe bahiga canke abaje bavuye ku yandi mashure. Ariko, n\u2019aho umwaka w\u2019ishure mushasha buca utangura batarayasubizwa, umuyobozi w\u2019indero muri komine Muhuta yavuze ko ayo mafaranga yatojwe harenzwe amategeko. (Le Mandat)<\/strong><\/p>\n<p>Umuvyeyi yari asanzwe arereye kuri iryo shure yatanga ibihumbi cumi (10000FBu) kugira ngo umwana wiwe, yayobewe, yemererwe kuhaduburira. Ku munyeshure avuye ahandi, umuvyeyi wiwe yariha ibihumbi mirongo ibiri (20000FBu) kugira ngo aronke ikibanza co kudubura kuri Lyc\u00e9e Communal Muhuta mu mwaka w\u2019ishure w\u20192022 ushira uw\u20192023 uzotangura ku musi wa mbere igenekerezo rya 12 Nyakanga 2022. Komite nshingwashure yasigura ko ayo mafaranga atozwa mu ntumbero yo gusanura ibirasi bibiri ngo bisanzwe bibangamirwa n&#8217;amazi kandi ngo ashobora kubihitana. Izo ngingo zari zapfundikiwe mu nama ya komite nshingwashure yo ku wa 5 Myandagaro mu 2022 zariyamirijwe n\u2019umuyobozi w\u2019indero muri komine Muhuta inyuma y\u2019imyidogo y\u2019abavyeyi.<\/p>\n<p><strong>Izindi ngingo zaciye zifatwa<\/strong><\/p>\n<p>Mw\u2019ikete ryo ku wa 29 Myandagaro mu 2022, umuyobozi w\u2019indero muri komine Muhuta Nzikibazanye Ast\u00e8re yategetse umuyobozi wa Lyc\u00e9e Communal de Muhuta guhagarika iryo tozwa ry\u2019amahera yo kwiyandikisha kuri iryo shure. Ikindi umuyobozi wa Lyc\u00e9e Communal Muhuta Ntibazahoruri Joachin yategetswe ni ugusubiza abavyeyi n\u2019abanyeshure amafaranga yose ajanye n\u2019ukudubura yari yamaze gutozwa, ata kirinze gusabwa. Nzikibazanye Ast\u00e8re yasiguye ko ingingo yose ijanye n\u2019ugutoza amafaranga ifatirwa mu nama y\u2019abavyeyi bose kandi ko ifatwa abanyeshure biga atari mu bihe vy\u2019uburuhuko. Ikindi Nzikibazanye Ast\u00e8re asigura ni uko amategeko ajanye n\u2019uguhindura aho umunyeshure yiga avuga ko umunyeshure akwije ibisabwa ahabwa ikibanza ku buntu.<\/p>\n<p><strong>Ayo batoje ngo baramaze kuyakoresha<\/strong><\/p>\n<p>Ikete komite nshingwashure yaciye yandikira umuyobozi w\u2019indero muri komine Muhuta ku wa 31 Myandagaro mu 2022, yamwishuye ko ugutoza ayo mafaranga y\u2019abadubura vyahagaze ariko ko ayari yatojwe yamaze gukoreshwa mu kugura ibikoresho vyo kwubaka nk\u2019isima, urucekeri n\u2019ibindi. Ivyo vyatumye bamwe mu bavyeyi biyumvira ko amafaranga yabo atagisubijwe.<\/p>\n<p><strong>Ayo mahera ngo &#8220;azosubizwa&#8221;<\/strong><\/p>\n<p>Nzikibazanye Ast\u00e8re yatubwiye ko abatanze ayo mafaranga mu kurondera ibibanza vyo kudubura bose bazoyasubizwa. Ingene bizogenda ngo ni uko, hageze ko abanyeshure batanga amafaranga agenewe inyubako kuri iryo shure, abo batanze amafaranga yo kudubura ngo ntaco bazokwakwa kugeza igihe azokwira igitigiri c\u2019ayo batanze mu gusaba ivyo bibanza vyo guhitira. Amakuru dukura kuri iryo shure ryisumbuye rya komine Muhuta avuga ko igitigiri c\u2019amafaranga y\u2019inyubako mu bisanzwe gipfundikirwa mu nama y\u2019abavyeyi iyo babona akenewe.<\/p>\n<p>N\u2019aho umuyobozi wa Lyc\u00e9e Communal Muhuta Ntibazahoruri Joachin tutashoboye kumuronka ngo atubwire uko amafaranga bari bamaze gutoza angana, amakuru twakuye kuri iryo shure avuga ko muri ayo mafaranga yatojwe hadakurikijwe amategeko abipfuza kuhadubura harimwo ayarenga ibihumbi amajana indwi (700000FBu) yaguzwe imifuko y\u2019isima ibitse mu bubiko bw\u2019ishure.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abavyeyi batari bake bari batanze amafaranga kugira ngo abana babo baronke ibibanza vyo guhitira kw\u2019ishure ryisumbuye rya komine Muhuta riri ku mutumba Gitaza muri zone Gitaza, mu ntara ya Rumonge iri mu bumanuko bushira uburengero bw&#8217;Uburundi. Komite nshingwashure yo kuri iryo shure niyo yari yashinze igitigiri c\u2019amahera, abanyeshure bipfuza guhitira, bategerezwa kuriha, yaba abari basanzwe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":239,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[15],"tags":[27],"class_list":["post-238","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-indero","tag-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Lyc\u00e9e ya komine Muhuta : Ubwo abatanze amafaranga yo kudubura bazoyasubizwa? -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Lyc\u00e9e ya komine Muhuta : Ubwo abatanze amafaranga yo kudubura bazoyasubizwa? -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abavyeyi batari bake bari batanze amafaranga kugira ngo abana babo baronke ibibanza vyo guhitira kw\u2019ishure ryisumbuye rya komine Muhuta riri ku mutumba Gitaza muri zone Gitaza, mu ntara ya Rumonge iri mu bumanuko bushira uburengero bw&#8217;Uburundi. Komite nshingwashure yo kuri iryo shure niyo yari yashinze igitigiri c\u2019amahera, abanyeshure bipfuza guhitira, bategerezwa kuriha, yaba abari basanzwe [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-09-09T05:48:55+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-09-11T19:00:21+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/09\/L-CO-MUTAHO-NEW.png\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1364\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"547\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/png\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Lyc\u00e9e ya komine Muhuta : Ubwo abatanze amafaranga yo kudubura bazoyasubizwa?\",\"datePublished\":\"2022-09-09T05:48:55+00:00\",\"dateModified\":\"2022-09-11T19:00:21+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/\"},\"wordCount\":504,\"commentCount\":0,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/09\/L-CO-MUTAHO-NEW.png\",\"keywords\":[\"Burundi\"],\"articleSection\":[\"INDERO\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/\",\"name\":\"Lyc\u00e9e ya komine Muhuta : Ubwo abatanze amafaranga yo kudubura bazoyasubizwa? -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/09\/L-CO-MUTAHO-NEW.png\",\"datePublished\":\"2022-09-09T05:48:55+00:00\",\"dateModified\":\"2022-09-11T19:00:21+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/09\/L-CO-MUTAHO-NEW.png\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/09\/L-CO-MUTAHO-NEW.png\",\"width\":1364,\"height\":547},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Lyc\u00e9e ya komine Muhuta : Ubwo abatanze amafaranga yo kudubura bazoyasubizwa?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Lyc\u00e9e ya komine Muhuta : Ubwo abatanze amafaranga yo kudubura bazoyasubizwa? -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Lyc\u00e9e ya komine Muhuta : Ubwo abatanze amafaranga yo kudubura bazoyasubizwa? -","og_description":"Abavyeyi batari bake bari batanze amafaranga kugira ngo abana babo baronke ibibanza vyo guhitira kw\u2019ishure ryisumbuye rya komine Muhuta riri ku mutumba Gitaza muri zone Gitaza, mu ntara ya Rumonge iri mu bumanuko bushira uburengero bw&#8217;Uburundi. Komite nshingwashure yo kuri iryo shure niyo yari yashinze igitigiri c\u2019amahera, abanyeshure bipfuza guhitira, bategerezwa kuriha, yaba abari basanzwe [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/","article_published_time":"2022-09-09T05:48:55+00:00","article_modified_time":"2022-09-11T19:00:21+00:00","og_image":[{"width":1364,"height":547,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/09\/L-CO-MUTAHO-NEW.png","type":"image\/png"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Lyc\u00e9e ya komine Muhuta : Ubwo abatanze amafaranga yo kudubura bazoyasubizwa?","datePublished":"2022-09-09T05:48:55+00:00","dateModified":"2022-09-11T19:00:21+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/"},"wordCount":504,"commentCount":0,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/09\/L-CO-MUTAHO-NEW.png","keywords":["Burundi"],"articleSection":["INDERO"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/","name":"Lyc\u00e9e ya komine Muhuta : Ubwo abatanze amafaranga yo kudubura bazoyasubizwa? -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/09\/L-CO-MUTAHO-NEW.png","datePublished":"2022-09-09T05:48:55+00:00","dateModified":"2022-09-11T19:00:21+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/09\/L-CO-MUTAHO-NEW.png","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/09\/L-CO-MUTAHO-NEW.png","width":1364,"height":547},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2022\/09\/09\/lycee-ya-komine-muhuta-ubwo-abatanze-amafaranga-yo-kudubura-bazoyasubizwa\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Lyc\u00e9e ya komine Muhuta : Ubwo abatanze amafaranga yo kudubura bazoyasubizwa?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/238","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=238"}],"version-history":[{"count":6,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/238\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":246,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/238\/revisions\/246"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/239"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=238"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=238"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=238"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}