{"id":152,"date":"2021-12-27T22:31:24","date_gmt":"2021-12-27T22:31:24","guid":{"rendered":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?p=152"},"modified":"2022-04-08T02:33:04","modified_gmt":"2022-04-08T02:33:04","slug":"ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/","title":{"rendered":"Ubwicanyi bwo muri Kigarama mu 2015 : Burya Abarundi bari bakwiye kuguma bahanze amaso cane Sentare y&#8217;i Rahe?"},"content":{"rendered":"<p style=\"font-weight: 400\"><b><strong>Ku magenekerezo ya 11 na 12 Kigarama mu 2015, bamwe mu banyagihugu b&#8217;i Bujumbura baciye mu bihe bikomeye cane. Amasasu yarasiranye, bamwe mu bigeme n&#8217;abakenyezi barashurashuzwa ku nguvu, ibiziga navyo vyari birambaraye mu mazu amwe amwe hamwe no mu mabarabara y&#8217;igisagara. Ariko, kubera ko intwaro ihari yanse inzira y&#8217;ubutungane, imwe mu nzira za nyuma zari zisigaye ku Barundi kwari ukwitura Sentare Mpuzamakungu Mpanavyaha. Sentare, ariko, i ruhande y&#8217;ingorane isanzwe ifise, ikora yikwega ku bw&#8217;umwe mu bahinga. (Le Mandat)\u00a0<\/strong><\/b><\/p>\n<p style=\"font-weight: 400\">Ku wa 7 Kigarama 2021, mw&#8217;ikoraniro rigira 20 ry&#8217;ibihugu vyasinye amasezerano y&#8217;i Roma ashinga Sentare CPI, uwurongoye ishirahamwe rikurikirana ivy&#8217;iyo sentare CB-CPI yasa n&#8217;uwubona ko ivy&#8217;ugukubita mu gahanga abakoze amabi vyatevye. Yasavye ko imitahe mpuzamakungu yosohoka. Umushingwamanza Lambert Nigarura yavuze ko <a href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=WEAc2pLzN_Y\">imiryango y&#8217;abakorewe amabi yizeye ko buca amatohoza arangira hanyuma abakoze amabi bagahanwa kugira haranduranwe n&#8217;imizi ibihe vy&#8217;ukudahana vyagihe birisubiriza.<\/a> Lambert Nigarura yasiguye ko amabi akomeye ahungabanya agateka ka zina muntu abandanya mu gihugu gushika ubu. Uwo aharanira agateka ka zina muntu ati &#8220;urubuga rwa poritike rurugaye, amashirahamwe yigenga yarafuswe, <a href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=_1qDtSi12N0\">amaradiyo yigenga yaraturiwe<\/a> n&#8217;ubwigenge bwo gutanga iciyumvira nta bugihari mu gihugu&#8221;.<\/p>\n<p style=\"font-weight: 400\">Mu mabi atarahanwa mu Burundi harimwo ubwicanyi bwo ku wa 11 Kigarama 2015. Ubwo bwicanyi, Sentare Mpuzamakungu y&#8217;i La Haye, ibwita &#8220;kimwe mu bikorwa vyahitanye abantu benshi kuva ku wa 26 Ndamukiza 2015 cakozwe nk&#8217;inyishu ku bitero vyakozwe n&#8217;imigwi y&#8217;abantu bitwaje ibirwanisho itamenyekanye mu gitondo c&#8217;uwo musi nyene ku makambi ane ya gisirikare i Bujumbura no mu micungararo yaho&#8221;. Uwo musi, havuzwe abantu bari hagati y&#8217;150 n&#8217;200 bishwe ku bwa Sentare Mpuzamakungu imenyesha ko abantu barenga 1200 bishwe mu kiringo co kuva muri Ndamukiza mu 2015 gushika muri Ruheshi mu 2007.<\/p>\n<p style=\"font-weight: 400\">Mu nama yayo yo ku wa 7 Kigarama, abari bayitavye baravuze ko iyo sentare ifise ibibazo bimwe bimwe nk&#8217;umwanya wo kwiga amadosiye uba munini, ukubura amafaranga akwiye yo gukoresha hamwe n&#8217;ingorane z&#8217;intwaro.<\/p>\n<p style=\"font-weight: 400\"><b><strong>Uburundi ntiburi mu vyihutirwa<\/strong><\/b><\/p>\n<p style=\"font-weight: 400\">Iyo Sentare irafise ivyo yihutira muri kino gihe bihambaye kurusha dosiye y&#8217;Uburundi. Ivyo bivugwa n&#8217;umuhinga aho yongerako ati &#8220;uravye ingene ibintu vyahindutse mu Burundi mu gisata ca poritike ntivyoroshe gusohora imitahe ku bategetsi bakuru bakuru&#8221; inyuma y&#8217;ishirwaho ry&#8217;inzego nshasha muri Ruheshi mu 2020. Ariko, ku bw&#8217;uwo muhinga, abafise ibirego bari kubandanya babishikiriza amasentare mpuzamakungu barabe ko hari ico vyovamwo mu myaka irenga cumi iri imbere. Uwo muhinga ati &#8220;kugira ibirego washikirije sico kimwe no kuba utigeze witwara&#8221;.<\/p>\n<p style=\"font-weight: 400\">Kuva intureka zitangura mu 2015, bamwe mu Barundi bashikiriza ingorane zabo babicishije mu nzira za poritike n&#8217;imigenderanire. Abandi bitura za sentare mpuzamakungu mu gihe hariho n&#8217;abandi bahisemwo gufata ibirwanisho.<\/p>\n<p style=\"font-weight: 400\">Ku wa 10 Kigarama, igihe hatangwa ikiganiro ku bamenyeshamakuru ciswe <a href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=IByn3A00_ss\">&#8220;Conf\u00e9rence de Presse : Justice pour les Victimes des territoires de Fizi, Mwenga et Uvira en RDC&#8221;<\/a> kijanye n&#8217;ugusaba ubutungane ku bantu bantu biciwe mu bice vya Fizi, Mwenga na Uvira muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo, umushingwamanza Bernard Maingain yaracishijemwo ikibazo c&#8217;Uburundi asigura ko <a href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=JagNOy1UZ3g\">Sentare Mpuzamakungu Mpanavyaha CPI bishika igatirigana, ifise ingorane zayo, inyungu zayo, ingorane z&#8217;uburyo bw&#8217;amahera hamwe n&#8217;ingorane z&#8217;ukunyinyurana kw&#8217;ibihugu biyirimwo&#8221;<\/a>. Uwo asanzwe ari mu baburanira abahuye n&#8217;amakuba yo mu Burundi yariko yishura uwabajije ko Abanyamurenge batokwitura ningoga Sentare Mpuzamakungu Mpanavyaha bakareka guta umwanya mu masentare yo mu gihugu arico Repuburika ya Demokarasi ya Kongo.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"&quot;La CPI a ses d\u00e9rives, ses probl\u00e8mes, ses enjeux, ses rapports de force int\u00e9rieurs, ...&quot;\" width=\"640\" height=\"360\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/JagNOy1UZ3g?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p style=\"font-weight: 400\">\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ku magenekerezo ya 11 na 12 Kigarama mu 2015, bamwe mu banyagihugu b&#8217;i Bujumbura baciye mu bihe bikomeye cane. Amasasu yarasiranye, bamwe mu bigeme n&#8217;abakenyezi barashurashuzwa ku nguvu, ibiziga navyo vyari birambaraye mu mazu amwe amwe hamwe no mu mabarabara y&#8217;igisagara. Ariko, kubera ko intwaro ihari yanse inzira y&#8217;ubutungane, imwe mu nzira za nyuma zari [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":150,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[11],"tags":[27,35],"class_list":["post-152","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ubutungane","tag-burundi","tag-cpi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v26.9 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Ubwicanyi bwo muri Kigarama mu 2015 : Burya Abarundi bari bakwiye kuguma bahanze amaso cane Sentare y&#039;i Rahe? -<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_GB\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ubwicanyi bwo muri Kigarama mu 2015 : Burya Abarundi bari bakwiye kuguma bahanze amaso cane Sentare y&#039;i Rahe? -\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ku magenekerezo ya 11 na 12 Kigarama mu 2015, bamwe mu banyagihugu b&#8217;i Bujumbura baciye mu bihe bikomeye cane. Amasasu yarasiranye, bamwe mu bigeme n&#8217;abakenyezi barashurashuzwa ku nguvu, ibiziga navyo vyari birambaraye mu mazu amwe amwe hamwe no mu mabarabara y&#8217;igisagara. Ariko, kubera ko intwaro ihari yanse inzira y&#8217;ubutungane, imwe mu nzira za nyuma zari [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-12-27T22:31:24+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-04-08T02:33:04+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/CPI-LESOIRBE-NEW.png\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"640\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"360\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/png\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"Le Mandat\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"Le Mandat\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Estimated reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/\"},\"author\":{\"name\":\"Le Mandat\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"headline\":\"Ubwicanyi bwo muri Kigarama mu 2015 : Burya Abarundi bari bakwiye kuguma bahanze amaso cane Sentare y&#8217;i Rahe?\",\"datePublished\":\"2021-12-27T22:31:24+00:00\",\"dateModified\":\"2022-04-08T02:33:04+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/\"},\"wordCount\":567,\"commentCount\":0,\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/CPI-LESOIRBE-NEW.png\",\"keywords\":[\"Burundi\",\"CPI\"],\"articleSection\":[\"UBUTUNGANE\"],\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"CommentAction\",\"name\":\"Comment\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#respond\"]}]},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/\",\"name\":\"Ubwicanyi bwo muri Kigarama mu 2015 : Burya Abarundi bari bakwiye kuguma bahanze amaso cane Sentare y'i Rahe? -\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/CPI-LESOIRBE-NEW.png\",\"datePublished\":\"2021-12-27T22:31:24+00:00\",\"dateModified\":\"2022-04-08T02:33:04+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-GB\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/CPI-LESOIRBE-NEW.png\",\"contentUrl\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/CPI-LESOIRBE-NEW.png\",\"width\":640,\"height\":360},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ubwicanyi bwo muri Kigarama mu 2015 : Burya Abarundi bari bakwiye kuguma bahanze amaso cane Sentare y&#8217;i Rahe?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website\",\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/\",\"name\":\"\",\"description\":\"\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-GB\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e\",\"name\":\"Le Mandat\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-GB\",\"@id\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"Le Mandat\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/lemandat.org\/kir\"],\"url\":\"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ubwicanyi bwo muri Kigarama mu 2015 : Burya Abarundi bari bakwiye kuguma bahanze amaso cane Sentare y'i Rahe? -","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/","og_locale":"en_GB","og_type":"article","og_title":"Ubwicanyi bwo muri Kigarama mu 2015 : Burya Abarundi bari bakwiye kuguma bahanze amaso cane Sentare y'i Rahe? -","og_description":"Ku magenekerezo ya 11 na 12 Kigarama mu 2015, bamwe mu banyagihugu b&#8217;i Bujumbura baciye mu bihe bikomeye cane. Amasasu yarasiranye, bamwe mu bigeme n&#8217;abakenyezi barashurashuzwa ku nguvu, ibiziga navyo vyari birambaraye mu mazu amwe amwe hamwe no mu mabarabara y&#8217;igisagara. Ariko, kubera ko intwaro ihari yanse inzira y&#8217;ubutungane, imwe mu nzira za nyuma zari [&hellip;]","og_url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/","article_published_time":"2021-12-27T22:31:24+00:00","article_modified_time":"2022-04-08T02:33:04+00:00","og_image":[{"width":640,"height":360,"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/CPI-LESOIRBE-NEW.png","type":"image\/png"}],"author":"Le Mandat","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"Le Mandat","Estimated reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/"},"author":{"name":"Le Mandat","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"headline":"Ubwicanyi bwo muri Kigarama mu 2015 : Burya Abarundi bari bakwiye kuguma bahanze amaso cane Sentare y&#8217;i Rahe?","datePublished":"2021-12-27T22:31:24+00:00","dateModified":"2022-04-08T02:33:04+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/"},"wordCount":567,"commentCount":0,"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/CPI-LESOIRBE-NEW.png","keywords":["Burundi","CPI"],"articleSection":["UBUTUNGANE"],"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"CommentAction","name":"Comment","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#respond"]}]},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/","name":"Ubwicanyi bwo muri Kigarama mu 2015 : Burya Abarundi bari bakwiye kuguma bahanze amaso cane Sentare y'i Rahe? -","isPartOf":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/CPI-LESOIRBE-NEW.png","datePublished":"2021-12-27T22:31:24+00:00","dateModified":"2022-04-08T02:33:04+00:00","author":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-GB","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#primaryimage","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/CPI-LESOIRBE-NEW.png","contentUrl":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/CPI-LESOIRBE-NEW.png","width":640,"height":360},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/2021\/12\/27\/ubwicanyi-bwo-muri-kigarama-mu-2015-burya-abarundi-bari-bakwiye-kuguma-bahanze-amaso-cane-sentare-yi-rahe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ubwicanyi bwo muri Kigarama mu 2015 : Burya Abarundi bari bakwiye kuguma bahanze amaso cane Sentare y&#8217;i Rahe?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#website","url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/","name":"","description":"","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-GB"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/659544ce17a9677696060118fc31814e","name":"Le Mandat","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-GB","@id":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/ea4182f5ca1cedc86d61e61a9320c52dd67255ac8cdb53f245ec8233a747161b?s=96&d=mm&r=g","caption":"Le Mandat"},"sameAs":["https:\/\/lemandat.org\/kir"],"url":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/blog\/author\/kiradmin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/152","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=152"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/152\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":153,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/152\/revisions\/153"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media\/150"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=152"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=152"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/lemandat.org\/kir\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=152"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}